Urukino ruhuza Messager FC Ngozi na Aigle Noir CS rwama ari urukino rwitezwe n’abatari bake mu bakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi. Uretse ko ari urukino ruhuza imigwi ibiri ikomeye, n’urukino kandi rw’amateka. Le Messager FC Ngozi ikaba yashoboye gutwara rino higanwa ubwa mbere mu mateka yaryo mu mwaka uheze ikaba iheruka kucakwa na Aigle Noir
Sangiza abandi uciye kuri