Mu gihe ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball mu ntara ya Ngozi rikibandanya, le Messager BBC Ngozi yongeye kwirahira Friends Team mu rukino rwo gusubiriza, ariko bigoranye cane mu gihe yayirushije inota rimwe gusa. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Ruheshi 2019, aho ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball mu ntara ya Ngozi ryabandanya n’urukino rwa kabiri 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri