Urukino ruhuza Messager FC Ngozi na Aigle Noir CS rwama ari urukino rwitezwe n’abatari bake mu bakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi. Uretse ko ari urukino ruhuza imigwi ibiri ikomeye, n’urukino kandi  rw’amateka. Le Messager FC Ngozi ikaba yashoboye gutwara rino higanwa ubwa mbere mu mateka yaryo mu mwaka uheze ikaba iheruka kucakwa na Aigle Noir 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Abakinyi batari bake bari bagize imisi bagwaye batanguye gutora mitende ariko hari n’abandi bakigwaye kandi ari bakiremesha mu kibuga mu gihe baba bakomeye. Bamwe nabo muri Messager Bujumbura abandi muri Flambeau du Centre. Amezi ariko aregereza atatu kizigenza wa Messager Bujumbura agwaye. Yannick Nshimirimana, yababaye kw’ivi haciye amezi arenga abiri nkuko twabiyagiwe n’umuvuzi wa Messager 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa rikuru Primus Ligue ryari ryabandanije n’umusi wa 22, kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 13 Ntwarante 2018. Messager Ngozi yavuye ahatemba ariko aratsinda, Messager Bujumbura nayo nyene iratsinda eka na Flambeau du Centre iratsinda… I Buganda mu ntara ya Cibitoke isaha indwi z’umuhingamo, Messager Bujumbura yari yakiriye Inter Stars. Nubwo Messager Bujumbura itifashe neza ku 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa Primus ligue rirabandanya ku musi wa 21. Ku musi w’ejo wa gatatu igenekerezo ry’7 ntwarante 2018, flambeau du centre izohura na Musongati Fc, Messager Bujumbura nayo izoba iri kumwe n’abagenzi babo bo muri Messager Ngozi. Urukino ruhuza Flambeau du centre na Musongati Fc, ruri nkino zirindiranywe igishika n’abakunzi b’umupira w’amaguru isinzi bo mu ntara 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu murwi Flambeau du Centre, abakinyi bane bamaze ikiringo kitari gito badakina kubera ukugwara.   Iruhande yabo bakinyi hariyongerako n’abandi bari bamaze ikiringo kitari gito badakina kubera ukugwara ariko ubu batanguye gutora mitende. Mwomenya yuko hari n’abababariye mu rukino rwabahuje na Aigle Noir kuruyu w’Imana uheze igenekerezo rya 4 Ruhuhuma mu gikombe c’Umukuru w’iguhugu. Harimwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri