Umurwi Messager Ngozi w’abinonora imitsi nawone uzokwitaba ihiganwa ryo gusiganwa rizobera mu gisagara ca Bujumbura kuri uno w’Imana igenekerezo rya 09 Ruheshi 2019.Claude Nsabimana umwe muri abo banonotsi yiganiye ikinyamakuru canyu ko biteguriye neza iryo higanwa,ivyo akabivuga afatiye k’ukugene imyimnyerezo yagenze,akaba avugako hagezeko nabo batahuhana imidari ku rwrgo rw’igihugu.Abanonotsi batanu nibo bazoserukira Messager Ngozi Athlétisme 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi uzotana mu mitwe kuri uno wa gatandatu na Inter Stars mu rukino rw’igice ca 4 gishira icanyuma mw’ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu.Iyo migwi yaheruka guhurira muri ico gice no muri iryo higanwa nyene mu kwezi kw’7 mu mwaka w’2014. Messager Ngozi niwo watahukanye intsinzi ya penaliti 8 ku 7 mu gihe urukino 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa Primus ligue rirabandanya ku musi wa 21. Ku musi w’ejo wa gatatu igenekerezo ry’7 ntwarante 2018, flambeau du centre izohura na Musongati Fc, Messager Bujumbura nayo izoba iri kumwe n’abagenzi babo bo muri Messager Ngozi. Urukino ruhuza Flambeau du centre na Musongati Fc, ruri nkino zirindiranywe igishika n’abakunzi b’umupira w’amaguru isinzi bo mu ntara 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri