Imodoka « MITSUBISHI EVO IV » niyo yonyene muri 5 zari zaserukiye Ishure Le Messager yashoboye guheza ihiganwa ryo gusiganwa n’imiduga  ryabereye mu ntara ya Ngozi ku magenekerezo ya 7 na 8 Kigarama 2019, iryo bise « Rallye de Ngozi ». Iyo modoka yariko iyongwa  na Faida Philibert ari kumwe n’uwumufasha  Pascal Ntirampeba « Lisuba »  ikaba yabaye iya 4 ku 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ishirahamwe risanzwe ritunganya amahiganwa yo gusiganwa n’imiduga mu Burundi,Club Automobile du Burundi,riraheruka kwemezako ihiganwa ryo gusiganwa n’imiduga ryitiriwe intara ya Ngozi ariryo « Rally de Ngozi » rizoba ku ma genekerezo ya 7 na 8 ukwezi kw’12 uno mwaka turimwo.Mw’ishure Le Messager bamenyeshako imyiteguro iriko iragenda neza,iyo myiteguro ikaba ibera mu ma barabara ari mu kiyaya ca 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 31 Myandagaro 2019, niho hatangura ihiganwa ryo gusiganwa n’imiduga ryitiriwe intara ya Gitega, « Rallye de Gitega ».Umukuru w’igihugu ariwe nyene gushinga ishure Le Messager akaba ariwe yatanguje icese iryo higanwa. Ariko rero, abadereva baserukiye Ishure Le Messager bakaba batorohewe na bukebuke n’iryo higanwa kuko imodoka zose hamwe zine zari zaserukiye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri