Kuba ari we afise ibitsindo vyinshi (15) inyuma y’inkino 27 mw’ihiganwa ry’icicaro ca mbere hano mu Burundi,si ivy’igihamana.Ku myaka yiwe 24,Iddy Museremu ni umwe mu bakinyi bashikanye umurwi Messager Ngozi mu kibanza ca mbere irimwo. Uwo mukinyi afise ubuhinga butangaje bwo gutwara umupira ikirere kirekire atawutakaje kandi ariko aranyaruka,ico bita « conduite de balle ».Ni umukinyi akinisha 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku myaka ibiri amaze ariko arakina mu cicaro ca mbere,umukinyi Akbar Muderi ni umwe mubariko baratanga icizere kidasanzwe mu murwi Messager Ngozi.Ku myaka yiwe yegereza 19,uwo mukinyi akaba afise igihagararo (1,75 cm) kimutuma akoresha ubunyarutsi butangaje mu kwirukankana umupira.Ubwo burebure bunamutuma kandi ashobora guhangana n’umukinyi uwari wese,bikanamufasha kwinjiza ibitsindo akoresheje umutwe,ku mipira y’imiterekano (coups francs) 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi niwo murwi wonyene umaze kwinjizwa ibitsindo bike mw’ihiganwa ry’icicaro ca mbere hano mu Burundi ry’uno mwaka.Inyuma y’urukino rwa 27 (Vital’o 0-0Messager Ngozi),izamu ry’uwo murwi rikaba ryari rimaze kwinjiramwo ibitsindo 15,irya Musongati naryo rikaba ryari rimaze kwinjiramwo 20.Ivyo rero bikaba bifise ico bivako.Izamu rya Messager Ngozi rikaba ricunzwe n’umwe mu ba nyezamu bakomeye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri