Mu gihe ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball mu ntara ya Ngozi rikibandanya, le Messager BBC Ngozi yongeye kwirahira Friends Team mu rukino rwo gusubiriza, ariko bigoranye cane mu gihe yayirushije inota rimwe gusa. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Ruheshi 2019, aho ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball mu ntara ya Ngozi ryabandanya n’urukino rwa kabiri 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu ntumbero yo gukomeza ubusatirizi bwayo vyabonetse ko bwagize ikibazo mu mwaka w’amahiganwa urangiye, Messager FC Ngozi itanguye umugambi wo kwiyubaka kandi mu gukomeza ubusatirizi bwayo Ni muri iyo ntumbero, umukinyi Slim Said, yahora akinira Olympique Star, yaraye ashize umukono ku masezerano y’imyaka ibiri kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 29 Rusama 2019, yo gukina 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu gihe hasigaye urukino rumwe ngo ihiganwa Primus Ligue ry’umwaka 2018 ushira uw’2019 rirangire, ugukoroka kwa Messager FC Bujumbura kwabaye ntabanduka inyuma yo gutsindwa na na Olympique Star ku munsi wa 29. Nubwo biruko, twabatorokanirije bimwe mu bitangaje biboneka kuyo mugwi. Aimé Gakiza, numwe atokwirengagizwa muri ivyo. Ihiganwa Primus Ligue ry’umwaka w’2018 ushira uw’2019 risigaje 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri