Nkuko rwari rwitezwe nabatari bake, urukino rw’ikirarane rwahuza le Messager FC Ngozi na Kayanza United rwaraye rubaye ariko rurangira le Messager FC Ngozi itakaje urukino rwayo rwa mbere kuva ihiganwa ritangura. Nubwo biruko, le Messager FC Ngozi iguma mu kibanza ca mbere. Ntawobideha, ku mpande zose, ntakwo umugwi wa le Messager FC Ngozi ntako utari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Urukino ruhuza Flambeau du Centre na Musongati FC rwama ruba rutoroshe ariko uno mwaka, Flambeau du centre ni umugwi ufise vyinshi bidasanzwe. Kuri uyu w’Imana, ugiye gukina na Musongati FC, imigwi isangiye igisagara kandi ikurikirana ku rutonde. Haciye imyaka mike cane Flambeau du Centre ironse uburenganzira bwo gukina ihiganwa ry’icicaro ca mbere. Ariko ntivyatevye ngo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega uriko urerekana isura itandukanye n’uko ayandi mahiganwa yahora ayigendera na cane cane mu ntango.Mw’ihiganwa rya 2018-2019, ku nkino zitanu za mbere, uwo murwi wari ufise amanota atarenze 4 kuri 15, ni ukuvuga intsinzwi 3, ukunganya incuro 1 n’intsinzi 1. Uwo muvuduko Flambeau du Centre iriko ntishaka 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri