Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi w’abakinyi bakina mw’ihiganwa ryo mu Burundi wasezeye ihiganwa rya CHAN rihuza imirwi nserukiragihugu ikinisha abakinyi bakina imbere mu bihugu vyabo.Igihugu c’Ubuganda kikaba arico cakuyemwo Uburundi,mu rukino rwo gusubiriza rw’igice ca kabiri(2ème tour) rwabereye i Kampala mu gihugu ca Uganda,kuri uno wa gatandatu ignekerezo rya 19 Gitugutu 2019.Kizigenza w’uwo murwi w’Uburundi Cedric Danny 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’umusatirizi w’umurwi Messager Ngozi Iddy Museremu ni umwe mu bakinyi bariko barafasha cane umurwi nserukiragihugu w’abakina mu Burundi, aho bari mw’ihiganwa ritegura irya nyuma ry’igikombe ca CHAN 2020.Mu rukino rwo gusubiriza rwahuje Sudani y’Epfo n’igihugu c’Uburundi kuri uno w’Imana igenekerezo rya 04 Myandagaro 2019,uwo mukinyi akaba yarinjije kimwe mu bitsindo bibiri Uburundi bwinjije aho 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’Umunyezamu mu murwi Messager Ngozi,Rukundo Onésime, ni umwe mu bakinyi batanu batashoboye kubandanyana n’umurwi Nserukiragigihugu w’Uburundi Intamba Mu Rugamba uriko urategura ihiganwa ry’igikombe ca Africa ryimirije kubera mu gihugu ca Misiri kuva kw’igenekerezo rya 21 Ruheshi 2019.Uwo mukinyi avugako kubona atashoboye kubandanya ataco vyamutwaye,akavugako akenguruka ingingo y’umuhagarikizi.Aganirira na Radio Umuco FM yo mu ntara 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri