Ku musi w’Imana uheze,umurwi Flambeau du Centre waratsinze Messager Ngozi (2-1) mu rukino rw’ubugenzi rwabereye ku kibuga Ingoma,mu gisagara ca Gitega.Ni intsinzi itahuritse hihwejwe ukuntu Flambeau du Centre yasumbije bigaragara benewabo b’i Ngozi.Aganira n’abamenyeshamakuru inyuma y’urwo rukino,Feruzi Haruna umumenyereza mukuru wa Flambeau du Centre yagize ati : « Runo rukino ruradufashije cane kuko hari vyinshi tumaze imisi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuva ku musi wa kane igenekerezo rya 03 gushika ku musi w’Imana igenekerezo rya 06 Gitugutu 2019, harabereye ku kibuga Urukundo kiri i Buye mu ntara ya Ngozi,inkino z’ubugenzi zahuje imirwi ikina mu vyicaro bitandukanye hamwe n’imirwi y’abahumure.Izo nkino zikaba zatunganijwe n’Ishure ryigisha inkino ariryo Le Messager.Uku niko imirwi yari igabuwe : Iyikina icicaro ca 3: 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri