Umurwi Messager Ngozi waraye usezeye ihiganwa ry’Igikombe Citiriwe Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, utsinzwe na Unité FC wo mu ntara ya Muyinga (2-1),ni mu rukino rwabereye ku kibuga Ingoma(Gitega) kuri uno wa 2 ignekerezo rya 18 Ruhuhuma,aho iryo higanwa ryari rigeze mu gice ca 16 gishira ica nyuma.Ukwo gusezera kwa Messager Ngozi bikaba vyarababaje cane abakunzi b’uwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu ni ihiganwa ryugururiwe imirwi yose yitunganije neza kandi iviyipfuza, hatarabwe ko ikina mu cicaro runaka hano mu Burundi.Mu mahiganwa nk’atatu aheruka, harabonetsemwo n’imirwi y’abakukuruke yiyandikisha,ni ukuvuga abahoze bakina mu mirwi itandukanye haba hano mu Burundi canke mu karere.Ibidasnzwe uno mwaka,ni uko n’umurwi Haleluya FC ukinamwo umukuru w’igihugu nawo wiyandikishije!!! Uzuserukira abakinyi, 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri