Urukino rwahuje imirwi Shalom FC (Ngozi) na Telaviv FC (Bujumbura) rwabaye ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 04 Nzero 2020 rwaravuzweko amajambo menshi cane, afatiye kubijanye n’umuhagarikizi Jaffari Nduwimana.Mw’ikete ryo kw’igenekerezo rya 06 Nzero 2020,abaserukira umurwi Shalom FC basavyeko ipenaliti yahawe Telaviv FC bigatuma itahukana intsinzi yohanagurwa bivanye nuko yoba yatanzwe ata kosa ryari ryahabaye,abo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi wa gatandatu  uza niho hazoba inkino z’igice ca 2 gishira ica nyuma muri za nkino z’imirwi irondera kuduga mu cicaro ca 2.Umurwi Shalom FC wo mu ntara ya Ngozi ukaba uzotana mu mitwa na Telaviv FC wo mu gisagara ca Bujumbura.Umumenyereza wa Shalom FC avugako umurwi wiwe witeguriye cane urwo rukino,kandiko atagiciyemwo intsinzi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ntivyoroshe ariko vyarakunze.Imirwi ibiri yegukira Ishure ry’Inkino Le Messager ariyo Shalom FC wo mu ntara ya Ngozi na Les Crocos FC wo mu ntara ya Rumonge yarashoboye, kuri uno wa kane, kuronka uburenganzira bwo kuzokina inkino z’igice ca 4 gishira ica nyuma mu nkino zo kurondera kuduga mu cicaro ca 2 ku rwego rw’igihugu.Umurwi Les 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri