Umurwi Flambeau du Centre wanganije na Aigle Noir (0-0) mu rukino rw’umusi ugira 3 w’ihiganwa ry’icicaro ca mbere rya 2020-2021 rwabereye ku kibuga Ingoma,i Gitega.Naho habonetse uburyo butari buke bwo gushobora kuronka ibitsindo,nta murwi numwe washoboye kugira ico ukoze kw’izamu ry’uwundi.Ufatiye k’ukugene nk’umurwi Flambeau du Centre wahinduye vyinshi muriwo na cane cane ukuzana abakinyi batari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu kwitegurira ihiganwa ry’icicaro ca mbere rya 2020-2021,umurwi Flambeau du Centre wamaze kuzana abakinyi bashasha bagera kuri 6,uwundi nawe arongereza amasezerano. Amakuru atangwa na Eric Ahishakiye,umuyobozi w’Ubuhinga muri Flambeau du Centre,mubakinyi baheruka gutera igikumu ku masezerano yo gukinira uwo murwi,harimwo amazina asanzwe amenyerewe cane,aha twovuga umukinyi w’inyuma muri Musongati Issa Hakizimana na Cedric Titi Mavugo,umusatirizi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Flambeau du Centre waratsinze bikomeye Ngozi City (5-1) ku muhingamo wo kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ruheshi 2020, mu rukino rwa 30 ari narwo rwanyuma rw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere mu Burundi.Abinjirije uwo murwi bakaba ari Niyonkuru Karim (2),Juma Mohamed(1),Sadiki Yahya (1) na Barayandema Radjabu(1). Iyo ntisnzi naho ishimishije ikaba itashoboye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere mu Burundi ririko ribandanya mu mpera z’ino ndwi aho rigeze ku musi waryo wa 29.Umurwi Messager Ngozi uzokwakira kuri uno wa gatandatu Inter Star ku kibuga Urukundo.Ni urukino rwitezwe n’abatari bake bivanye nuko rushobora gutangirwako igikombe ku murwi Messager Ngozi; ivyo bikaba vyoshoboka mu nzira zitatu, twihwejeko igikombe uwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi uzokwakira kuri uno w’Imana umurwi Dynamique wo mu gisagara ca Bujumbura,mu rukino rwo ku musi wa 28 w’ihiganwa ry’icicaro ca mbere.Ni urukino rukomeye canke ku mpande zose ;Messager Ngozi ukaba wipfuza kurutsinda kugirango ubandanye uri mbere ya Musongati,iyo mirwi 2 yonyene ikaba ariyo yonyene isigaye igwanira igikombe c’ihiganwa.Umurwi Dynamique nawo ukipfuza gutsinda urwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umumenyereza mukuru w’umurwi Messager Ngozi ntiyashimishijwe na gato n’ukuntu abakinyi biwe bigenjeje ku rukino rw’ubugenzi batsinzwemwo na benewabo ba Flambeau du Centre y’i Gitega ku musi w’Imana uheze wa 24 Rusama 2020,ku kibuga Ingoma.Jimmy Ndayizeye yabwiye abamenyeshamakuru ko abakinyi biwe babuze ukwiyemera “confiance”,hakaba habonetse gutakaza imipira cane.Jimmy Ndayizeye akavugako ku ruhande rw’inyuma naho hari hameze 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa ry’icicaro ca mbere rigiye gusubira kubandanya kuva kw’igenekerezo rya 21 Rusama 2020,ariko umurwi Messager Ngozi ukazokina ukukino rwawo rwa 28 ku musi w’Imana igenekerezo rya 31,aho uzokwakira Burundi Sport Dynamique ku kibuga Urukundo.Biribazwa nimba Jimmy Ndayizeye ashobora kuzokwikora ku  bakinyi bamaze imisi barwaye,benshi mu bakunzi ba Messager Ngozi bakaba bipfuza kumenya amakuru y’umukinyi w’inyuma 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuri uno w’Imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020,umurwi Messager Ngozi uzokwakira Flambeau du Centre mu rukino rw’umusi wa 25 w’ihiganwa ry’icicaro ca mbere.Ni rumwe mu nkino zirindiriwe n’abatari bake mu bakunzi b’urukino rw’umupira w’amaguru hano mu Burundi.Imvo ya mbere ituma urwo rukino rurindiriwe cane kukaba ari uko Messager Ngozi irondera amanota atatu vyanka bikunda mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi w’Imana uheze umurwi Messager Ngozi waratsinze Rukinzo (2-0) mu rukino rwabereye ku kibuga Urukundo (Ngozi),aho ihiganwa ry’icicaro ca mbere ryari rigeze ku musi waryo wa 17.Aganira n’abamenyeshamakuru inyuma y’urwo rukino,Jimmy Ndayizeye,umumenyereza mukuru wa Messager Ngozi,yavuzeko kimwe muvyamuhaye intsinzi ari igaruka rya bamwe mu bakinyi bahora barwaye, “…narabivuze no ku rukino ruherutse ko twari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi w’Imana uheze igenekerezo rya 05 Nzero 2020, umurwi Lydia Ludic waratsindiye Messager Ngozi ku kibuga cawo Urukundo (0-1) ku rukino rwa 16 mw’ihiganwa ry’icicaro ca mbere.Ni igitsindo cinjijwe n’umukinyi yitwa Pepe ateye bimwe bita « penaliti » mugihe wenyene bari bahejeje kumukorera ikosa muri ca gice cegereye izamu bita « Mukorumbone », ku munota wa 38. Mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri