Inyuma yo kwitaba Imana kwa Petero Nkurunziza,umukuru w’igihugu akaba n’uwashinze ishure ryigisha inkino Académie Le Messager,abenshi barabandanya kugira ico bamuvuzeko cane cane ico bazokwama bamwibukirako.Inyuma yo kwandika mu gitabo c’iteka co guhoza umuryango wiwe hamwe n’igihugu cose,uwurongoye Ishure Le Messager  Umushingamateka Athanase Hatungimana,batazira « Cokoloko » yarahaye ikiganiro abamenyeshamakuru aho yavuze vyinshi kuri Nyakwigendera Petero Nkurunziza,na cane 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu ntumbero yo gutegura neza ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere rya 2019-2020 rymirije gutangura,uwurongoye ishure Le Message Athanase Hatungimana batazira « Cokoloko » yaragiranye umubonano kuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Mukakro 2019 n’abarongoye umurwi Messager Ngozi hamwe n’abakinyi b’uwo murwi,inama ikaba yabereye muri imwe mu mazu y’amakoraniro ari kuri Stade Urukundo.Cokoloko akaba yabanje gushimira 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

  Ni ubwa mbere Stade Urukundo ibereyeko urukino mpuzamakungu rwo ku rwego rwa CAF ni nabwo bwa mbere handujwe amafaranga menshi kuri ico kibuga gisanzwe cegukira Académie Le Messager.Nkuko tubihabwa n’abari bajejwe kugurisha amatickets nuko muri rusangi hinjiye amafaranga y’amarundi agera ku milioni mirongo itatu na zitatu n’ibihumbi amajana atatu na mirongo indwi(33,370,000 fbu).Ayo mafaranga 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri