Inyuma yo kwumva inkuru mbi y’urupfu rwa Nyakwigendera « Umuvyeyi » w’Ishure Le Messager akaba yari n’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza, abatari bake vyarabahungabanije mu mitima yabo.Abakunzi b’inkino,aba hano mu Burundi ndetse no hanze,baribaza nimba abakinyi bo mu mirwi y’Ishure Le Messager boba barashoboye kwiyakira kugeza naho bashobora gukina inkino z’icicaro ca mbere n’ica 2 zitegekanijwe kuri 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu ntumbero yo gufasha abipfuza kwinonora imitsi ku buryo bugezweho (pratique du sport moderne), Ishure ryigisha ivy’inkino Académie Le Messager ryaruguruye inyubakwa irimwo ibikoresho bitandukanye bifasha kwinonora imitsi.Iyo nyubakwa ariyo bita « Gymnase » mu rurimi rw’igifaransa iri kumwe n’izindi nyubakwa zigize ikibuga Urukundo (Stade Urukundo) kiri i Buye mu ntara ya Ngozi. Ivyuma canke ibikoresho bifasha 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Hirya no hino haba mu gihugu c’Uburundi canke ndetse no mu bindi bihugu urabona abantu na canecane abakunzi b’inkino bambaye imyambaro yanditseko amazina y’abakinyi batandukanye bakina cane cane ku mugabane wa Bulaya canke ivyambarwa biriko ibirango (logos) vy’imirwi ikomakomeye.Benshi birabahimbara nk’iyo bambaye agapira kanditseko izina ry’umukinyi bakunda, bikaba akarusho mugihe uwo mukinyi aba ari igihangange. 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ibihe umurwi Ngozi City urimwo muri kino gihe birateye impungenege abatari bake,benshi ndetse bakaba batanguye kugira ubwoba ko nka hamwe vyobandanya uko bimeze uwo murwi ushobora gusubira mu cicaro ca kabiri.Ku bisanzwe abakunzi ba cane b’umurwi Messager Ngozi abo bakunze kwita abafana birazwiko badakundanye cane n’aba Ngozi City (aha dufatira kubijanye no gukunda hamwe no 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri