Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Myandagaro 2019,umurwi w’umupira w’amaboko Messager Ngozi Basketball w’abigeme uzotana mu mitwe n’umurwi Les Gazelles wo mu gisagara ca Bujumbura mw’ihiganwa ry’igihugu cose.Uwo murwi Les Gazelles uramenyereye cane amahiganwa,ukaba ukunze guhangana cane n’umurwi Berco Star wo mu gisagara ca Bujumbura,iyo mirwi ikaba ikunze gutahukana ibikombe vy’amahiganwa atandukanye atunganywa mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu gihe ata higanwa ry’umupira w’amaboko basketball ku bigeme rigihari mu ntara ya Ngozi, ibi ntibibujije abigeme ba Messager BBC Ngozi gutwara igikombe cabo ca mbere mw’ihiganwa iryari ryo ryose kuva uno mugwi ushizweho. N’inyuma y’inguvu n’urugendo rutari ruto uno mugwi wakoze kuva ushinzwe. Batwaye kino gikombe inyuma yo gutsinda inkino zibiri z’ihiganwa ry’igihugu ku 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Urugendo rw’umurwi Messager Ngozi ukina urukino rw’amaboko Basketball rwararangiye ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 03 Myandagaro 2019.Ni inyuma yaho utsindiwe n’umurwi Imbeya wo mu ntara ya Gitega, hari mu gahiganwa gatoya kahuje imirwi ine iserukira intara zine nyene,mu ntumbero yo kurondera umurwi umwe muyabaye iya kabiri ku rwego rw’intara kugirango uce uja mw’ihiganwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Urugendo rw’umurwi Messager Ngozi ukina urukino rw’amaboko Basketball rwararangiye ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 03 Myandagaro 2019.Ni inyuma yaho utsindiwe n’umurwi Imbeya wo mu ntara ya Gitega, hari mu gahiganwa gatoya kahuje imirwi ine iserukira intara zine nyene,mu ntumbero yo kurondera umurwi umwe muyabaye iya kabiri ku rwego rw’intara kugirango uce uja mw’ihiganwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu gihe ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball mu ntara ya Ngozi rikibandanya, le Messager BBC Ngozi yongeye kwirahira Friends Team mu rukino rwo gusubiriza, ariko bigoranye cane mu gihe yayirushije inota rimwe gusa. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Ruheshi 2019, aho ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball mu ntara ya Ngozi ryabandanya n’urukino rwa kabiri 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2019 niho ihiganwa rishasha ry’umupira w’amaboko Basketball ryo mu ntara ya Ngozi rizotangura,imirwi itanu ikaba ariyo igiye kurwanira igikombe c’iryo higanwa,mu muce w’abahungu.Muri iyo mirwi hakaba harimwo umurwi wo mw’ishure Le Messager ariwo Messager Basketball Club uje muri iryo higanwa ku ncuro yawo igira gatatu.Mugihe mu mahiganwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa ry’urukino rw’amaboko Basketball ryo mu ntara ya Ngozi ryimirije gutangura rirashobora kutazoba rifise akanovera nk’uko ryahora.Imvo kukaba ari uko ku ruhande rw’abaigeme habonetse umurwi umwe wonyene washoboye kwiyandikisha,Messager Basketball Club.Amakuru duhabwa n’abajejwe Basketball mu ntara ya Ngozi avugako ivyo vyatumwe n’uko umwe mu mirwi y’abigeme i Ngozi ariwo Young Sisters kuva ubu ugiye kuzokina 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri