Imvura nyinshi yazindutse iragwa henshi mu gihugu no mu ntara ya Ngozi kuri uno w’Imana igenekerezo rya 22 Kigarama 2019,yatumye bamwe mu bakunzi b’inkino bo mu ntara ya Ngozi bibazako ariyo yasibije ihiganwa ryo gusiganwa ryari ritegekanijwe kubera ku kibuga Muremera mu gisagara ca Ngozi.Habe namba.Amakuru ava mu bushikiranganji bw’inkino avugako vyose vyari vyateguwe ariko 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umunonotsi w-Umurwi Messager Ngozi Athlétisme Claude Nsabimana ngo ntiyashimishijwe na gato n’ikibanza ca gatatu yaronse mw’ihiganwa ryo ku rwego rw’igihugu ryabareye mu gisaga ca Bujumbura ku musi w’Imana igenekerezo rya 09 Ruheshi 2019.Uwo munonotsi akaba yahiganywe mu gusiganwa ku kirere c’imetero 1500.Aganira n’ikinyamakuru canyu agiheza kwiruka ,yavuzeko aravye ukuntu yari yiteguriye iryo higanwa adatahura ivyamushikiye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi w’abinonora imitsi nawone uzokwitaba ihiganwa ryo gusiganwa rizobera mu gisagara ca Bujumbura kuri uno w’Imana igenekerezo rya 09 Ruheshi 2019.Claude Nsabimana umwe muri abo banonotsi yiganiye ikinyamakuru canyu ko biteguriye neza iryo higanwa,ivyo akabivuga afatiye k’ukugene imyimnyerezo yagenze,akaba avugako hagezeko nabo batahuhana imidari ku rwrgo rw’igihugu.Abanonotsi batanu nibo bazoserukira Messager Ngozi Athlétisme 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’umunyezamu mu murwi Messager Ngozi Rukundo Onésime ntakina umupira w’amaguru wonyene kuko asanzwe ari no mu nkino zo kwinonora imitsi.Icibonekeza ni uko hose yigenza neza.Uwo mukinyi akaba aherutse gutahukana umudari w’inzahabu mu rukino rwo gutera ibuye ry’icuma riremereye,ivyo bita lancet-poids,hari ku musi w’Imana w’igenekerezo rya 19 Rusama 2019,mu gihe haba inkino za nyuma zo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Le stade Muremera de la ville de Ngozi(Nord) a accueilli ce dimanche 28 Avril 2019 une compétition d’athlétisme sur piste qui a réuni les athlètes ressortissants des quatre provinces du Nord du Burundi à savoir Kayanza, Ngozi, Kirundo et Muyinga.Les disciplines concernées étaient le 100m,200m,400m,800m,1500m,3000m et 5000m chez les garçons que chez les filles. Messager 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri