Ku musi w’Imana igenekerezo rya 21 Mukakaro 2019 umurwi Messager Ngozi waratanye mu mitwe na Ngozi City wo mu ntara ya Ngozi nyene mu rukino rw’ubugenzi ;urukino rukaba rwarangiye imirwi yose inganije ibitsindo bibiri ku bindi (2-2).Mu kiganiro catanzwe n’umukinyi wo mw’izamu rya Messager Ngozi,Bienvenu Nininahazwe,yavuzeko ashima uko bariko baritegurira ihiganwa ryimirije gutangura. « Umurwi umeze neza ndetse 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Nkuko vyama bigenda,uko ukwezi guheze ishure ryigisha inkino Académie Le Messager  riratunganya inkino z’ubugenzi zihuza imirwi yo mu mice itandukanye.Inkino 6 zikaba arizo zigiye kubera ku kibuga Urukundo kiri i Buye mu ntara ya Ngozi kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 5 gushika ku musi w’Imana igenekerezo ry’7 Mukakaro 2019.Mu mirwi yatumiwe harimwo iyo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri