Mu kwitegurira ihiganwa ry’icicaro ca mbere rya 2020-2021,umurwi Flambeau du Centre wamaze kuzana abakinyi bashasha bagera kuri 6,uwundi nawe arongereza amasezerano. Amakuru atangwa na Eric Ahishakiye,umuyobozi w’Ubuhinga muri Flambeau du Centre,mubakinyi baheruka gutera igikumu ku masezerano yo gukinira uwo murwi,harimwo amazina asanzwe amenyerewe cane,aha twovuga umukinyi w’inyuma muri Musongati Issa Hakizimana na Cedric Titi Mavugo,umusatirizi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri