Umurwi Flambeau du Centre waratsinze bikomeye Ngozi City (5-1) ku muhingamo wo kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ruheshi 2020, mu rukino rwa 30 ari narwo rwanyuma rw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere mu Burundi.Abinjirije uwo murwi bakaba ari Niyonkuru Karim (2),Juma Mohamed(1),Sadiki Yahya (1) na Barayandema Radjabu(1). Iyo ntisnzi naho ishimishije ikaba itashoboye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma yo kwumva inkuru mbi y’urupfu rwa Nyakwigendera « Umuvyeyi » w’Ishure Le Messager akaba yari n’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza, abatari bake vyarabahungabanije mu mitima yabo.Abakunzi b’inkino,aba hano mu Burundi ndetse no hanze,baribaza nimba abakinyi bo mu mirwi y’Ishure Le Messager boba barashoboye kwiyakira kugeza naho bashobora gukina inkino z’icicaro ca mbere n’ica 2 zitegekanijwe kuri 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere mu Burundi ririko ribandanya mu mpera z’ino ndwi aho rigeze ku musi waryo wa 29.Umurwi Messager Ngozi uzokwakira kuri uno wa gatandatu Inter Star ku kibuga Urukundo.Ni urukino rwitezwe n’abatari bake bivanye nuko rushobora gutangirwako igikombe ku murwi Messager Ngozi; ivyo bikaba vyoshoboka mu nzira zitatu, twihwejeko igikombe uwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma yo kwitaba Imana kwa Petero Nkurunziza,umukuru w’igihugu akaba n’uwashinze ishure ryigisha inkino Académie Le Messager,abenshi barabandanya kugira ico bamuvuzeko cane cane ico bazokwama bamwibukirako.Inyuma yo kwandika mu gitabo c’iteka co guhoza umuryango wiwe hamwe n’igihugu cose,uwurongoye Ishure Le Messager  Umushingamateka Athanase Hatungimana,batazira « Cokoloko » yarahaye ikiganiro abamenyeshamakuru aho yavuze vyinshi kuri Nyakwigendera Petero Nkurunziza,na cane 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri