Umurwi Messager Ngozi uzokwakira kuri uno w’Imana umurwi Dynamique wo mu gisagara ca Bujumbura,mu rukino rwo ku musi wa 28 w’ihiganwa ry’icicaro ca mbere.Ni urukino rukomeye canke ku mpande zose ;Messager Ngozi ukaba wipfuza kurutsinda kugirango ubandanye uri mbere ya Musongati,iyo mirwi 2 yonyene ikaba ariyo yonyene isigaye igwanira igikombe c’ihiganwa.Umurwi Dynamique nawo ukipfuza gutsinda urwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umumenyereza mukuru w’umurwi Messager Ngozi ntiyashimishijwe na gato n’ukuntu abakinyi biwe bigenjeje ku rukino rw’ubugenzi batsinzwemwo na benewabo ba Flambeau du Centre y’i Gitega ku musi w’Imana uheze wa 24 Rusama 2020,ku kibuga Ingoma.Jimmy Ndayizeye yabwiye abamenyeshamakuru ko abakinyi biwe babuze ukwiyemera “confiance”,hakaba habonetse gutakaza imipira cane.Jimmy Ndayizeye akavugako ku ruhande rw’inyuma naho hari hameze 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi w’Imana uheze,umurwi Flambeau du Centre waratsinze Messager Ngozi (2-1) mu rukino rw’ubugenzi rwabereye ku kibuga Ingoma,mu gisagara ca Gitega.Ni intsinzi itahuritse hihwejwe ukuntu Flambeau du Centre yasumbije bigaragara benewabo b’i Ngozi.Aganira n’abamenyeshamakuru inyuma y’urwo rukino,Feruzi Haruna umumenyereza mukuru wa Flambeau du Centre yagize ati : « Runo rukino ruradufashije cane kuko hari vyinshi tumaze imisi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa ry’icicaro ca mbere rigiye gusubira kubandanya kuva kw’igenekerezo rya 21 Rusama 2020,ariko umurwi Messager Ngozi ukazokina ukukino rwawo rwa 28 ku musi w’Imana igenekerezo rya 31,aho uzokwakira Burundi Sport Dynamique ku kibuga Urukundo.Biribazwa nimba Jimmy Ndayizeye ashobora kuzokwikora ku  bakinyi bamaze imisi barwaye,benshi mu bakunzi ba Messager Ngozi bakaba bipfuza kumenya amakuru y’umukinyi w’inyuma 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri