Ku musi w’Imana uheze umurwi Messager Ngozi waratsinze Rukinzo (2-0) mu rukino rwabereye ku kibuga Urukundo (Ngozi),aho ihiganwa ry’icicaro ca mbere ryari rigeze ku musi waryo wa 17.Aganira n’abamenyeshamakuru inyuma y’urwo rukino,Jimmy Ndayizeye,umumenyereza mukuru wa Messager Ngozi,yavuzeko kimwe muvyamuhaye intsinzi ari igaruka rya bamwe mu bakinyi bahora barwaye, “…narabivuze no ku rukino ruherutse ko twari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Urukino rwahuje imirwi Shalom FC (Ngozi) na Telaviv FC (Bujumbura) rwabaye ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 04 Nzero 2020 rwaravuzweko amajambo menshi cane, afatiye kubijanye n’umuhagarikizi Jaffari Nduwimana.Mw’ikete ryo kw’igenekerezo rya 06 Nzero 2020,abaserukira umurwi Shalom FC basavyeko ipenaliti yahawe Telaviv FC bigatuma itahukana intsinzi yohanagurwa bivanye nuko yoba yatanzwe ata kosa ryari ryahabaye,abo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi w’Imana uheze igenekerezo rya 05 Nzero 2020, umurwi Lydia Ludic waratsindiye Messager Ngozi ku kibuga cawo Urukundo (0-1) ku rukino rwa 16 mw’ihiganwa ry’icicaro ca mbere.Ni igitsindo cinjijwe n’umukinyi yitwa Pepe ateye bimwe bita « penaliti » mugihe wenyene bari bahejeje kumukorera ikosa muri ca gice cegereye izamu bita « Mukorumbone », ku munota wa 38. Mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi wa gatandatu  uza niho hazoba inkino z’igice ca 2 gishira ica nyuma muri za nkino z’imirwi irondera kuduga mu cicaro ca 2.Umurwi Shalom FC wo mu ntara ya Ngozi ukaba uzotana mu mitwa na Telaviv FC wo mu gisagara ca Bujumbura.Umumenyereza wa Shalom FC avugako umurwi wiwe witeguriye cane urwo rukino,kandiko atagiciyemwo intsinzi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri