Aimable Nkunzima,umuserukizi w’Ishure Le Messager mu gihugu ca Maroc arabandanya gukomeza no kurondera ubucuti hagayi y’Ishure ry’Inkino Le Messager hamwe  n’abantu canke amashirahamwe akorera mu gisata c’inkino muri ico gihugu ca Maroc.Nk’uko we nyene abitumenyesha,mu misi mikeya iheze akaba yarahawe umubonano n’uwitwa  Dr Zakaria BENOMAR,uwo nawe akaba arongoye ikigo c’inkino citaho cane ivy’ukumenyereza biraba mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ntivyoroshe ariko vyarakunze.Imirwi ibiri yegukira Ishure ry’Inkino Le Messager ariyo Shalom FC wo mu ntara ya Ngozi na Les Crocos FC wo mu ntara ya Rumonge yarashoboye, kuri uno wa kane, kuronka uburenganzira bwo kuzokina inkino z’igice ca 4 gishira ica nyuma mu nkino zo kurondera kuduga mu cicaro ca 2 ku rwego rw’igihugu.Umurwi Les 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Imvura nyinshi yazindutse iragwa henshi mu gihugu no mu ntara ya Ngozi kuri uno w’Imana igenekerezo rya 22 Kigarama 2019,yatumye bamwe mu bakunzi b’inkino bo mu ntara ya Ngozi bibazako ariyo yasibije ihiganwa ryo gusiganwa ryari ritegekanijwe kubera ku kibuga Muremera mu gisagara ca Ngozi.Habe namba.Amakuru ava mu bushikiranganji bw’inkino avugako vyose vyari vyateguwe ariko 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umwimbu udashemeye umurwi Messager Ngozi waronse mu kwezi k’11 umwaka 2019 ushobora kuba ariwo utumye Iddy Museremu atikurikiranya mukuronswa agashimwe gahabwa umukinyi mwiza w’ukwezi mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere mu Burundi rya 2019-2020. Ikinyamakuru burundisport.com gisanzwe gikorana n’ishirahamwe Brarudi mu gutora umukinyi mwiza aba yaranze ukwezi,carasohoye kuri uno w’Imana igenekerezo rya 15 Kigarama 2019,urutonde 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Imodoka « MITSUBISHI EVO IV » niyo yonyene muri 5 zari zaserukiye Ishure Le Messager yashoboye guheza ihiganwa ryo gusiganwa n’imiduga  ryabereye mu ntara ya Ngozi ku magenekerezo ya 7 na 8 Kigarama 2019, iryo bise « Rallye de Ngozi ». Iyo modoka yariko iyongwa  na Faida Philibert ari kumwe n’uwumufasha  Pascal Ntirampeba « Lisuba »  ikaba yabaye iya 4 ku 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa rya CECAFA rihuza imirwi nserukiragihugu mu karere ka Africa y’Ubuseruko bwa Africa no hagati ryaratanguye ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo ry’7 Kigarama 2019, mu gihugu ca Ouganda.Ku nkino 2 umurwi waserukiye Uburundi umaze gukina,umukinyi Iddy Museremu asanzwe akinira Messager Ngozi akaba ataraboneka ku rukino na rumwe.Benshi mu bakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi baribaza 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri