Igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu ni ihiganwa ryugururiwe imirwi yose yitunganije neza kandi iviyipfuza, hatarabwe ko ikina mu cicaro runaka hano mu Burundi.Mu mahiganwa nk’atatu aheruka, harabonetsemwo n’imirwi y’abakukuruke yiyandikisha,ni ukuvuga abahoze bakina mu mirwi itandukanye haba hano mu Burundi canke mu karere.Ibidasnzwe uno mwaka,ni uko n’umurwi Haleluya FC ukinamwo umukuru w’igihugu nawo wiyandikishije!!! Uzuserukira abakinyi, 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu mpera z’indwi iheze, imirwi myinshi ikina icicaro ca mbere hano mu Burundi yarasozereye inkino zayo 15 z’agace ko gutangura (phase aller).Umurwi Flambeau du Centre ukaba wosozereye neza kuko watsinze Bujumbura City (2-1) ku rukino rwabereye ku kibuga Ingoma kiri mu gisagara ca Gitega.Bujumbura City niwo watanguye kuronka igitsindo mu minota ya mbere y’urukino ndetse 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Isozerwa ry’agace ko gutangura (phase aller) k’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere mu Burundi ntiryagendeye neza umurwi Messager Ngozi.Ku rukino rwa 15 rwabereye ku kibuga Intwari mu gisagara ca Bujumbura kuri uno w’Imana uheze,uwo murwi Messager Ngozi wanganije na Dynamique ku gitsindo kimwe ku kindi (1-1),Yassine Dushime akaba yagomboye mu minota 3 y’inyongera  mugihe uwitwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Nkuko rwari rwitezwe nabatari bake, urukino rw’ikirarane rwahuza le Messager FC Ngozi na Kayanza United rwaraye rubaye ariko rurangira le Messager FC Ngozi itakaje urukino rwayo rwa mbere kuva ihiganwa ritangura. Nubwo biruko, le Messager FC Ngozi iguma mu kibanza ca mbere. Ntawobideha, ku mpande zose, ntakwo umugwi wa le Messager FC Ngozi ntako utari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ishirahamwe risanzwe ritunganya amahiganwa yo gusiganwa n’imiduga mu Burundi,Club Automobile du Burundi,riraheruka kwemezako ihiganwa ryo gusiganwa n’imiduga ryitiriwe intara ya Ngozi ariryo « Rally de Ngozi » rizoba ku ma genekerezo ya 7 na 8 ukwezi kw’12 uno mwaka turimwo.Mw’ishure Le Messager bamenyeshako imyiteguro iriko iragenda neza,iyo myiteguro ikaba ibera mu ma barabara ari mu kiyaya ca 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi wa gatandatu uheze,inyuma y’urukino rwahuje Messager Ngozi na Ngozi City (1-1), niho ishirahamwe Brarudi ryashikiriza umukinyi wa Messager Ngozi  Iddy Museremu agashimwe kiwe ko kuba yaratowe nk’umukinyi yigenjeje neza mu kwezi kw’10 umwaka w’2019.Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ahejeje kwakira ako gashimwe,Iddy Museremu yavuzeko afise intumbero yo gutahukana ubushimwe bwose buhiganirwa mw’ihiganwa ryo mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi wa gatandatu canke ku musi w’Imana w’ino ndwi Umurwi Messager Ngozi uzotana mu mitwe n’umurwi Ngozi City ku rukino rwa 14 mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere.Ni muri za nkino bita “derebi” kuko zihuza imirwi isangiye igisagara.Hirya no hino mu gisagara ca Ngozi,inkuru ijanye n’urwo rukino ni imwe muziriko ziravugwa cane.Nivyo ko ari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Urukino rwo ku musi ugira 14 w’ihiganwa ry’icicaro ca mbere hagati ya Messager Ngozi na Ngozi City ,hari amakuru yariko aravugwa ko rushobora kuvanwa ku musi wa gatandatu rugakinwa bukeye ku musi w’Imana, ariko rwahavuye rugumizwa ku musi wa gatandatu.Amakuru duhesha uwurongoye ikigo c’I Ngozi c’Ishure Le messager aremezako hari habaye umwumvikano hagati y’abarongoye iyo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 03 Munyonyo 2019,umurwi Flambeau du Centre waranganije na Musongati FC (1-1) ku rukino rukomeye cane rwahuje iyo mirwi mw’ihiganwa ry’icicaro ca mbere ryo mu Burundi.Ni urukino rwitabiriwe n’abarorerezi isinzi,baba abari bashigikiye iyo mirwi uko ari ibiri babonekera ku myambaro bari bamabaye tutibagiye n’abakunzi b’umupira w’amaguru bari bavuye mu ntara zitandukanye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi waratsinze  Rukinzo (3-0) ku musi wa 6 igenekerezo rya 02 Munyonyo 2019 ku kibuga Intwari mu gisagara ca Bujumbura,urukino rw’umusi wa 12 w ‘ihiganwa ry’icicaro ca mbere mu Burundi.Imbere yuko urukino ruba,bamwe mubakunzi b’umurwi Messager Ngozi bari bagize amakenga kuri uwo murwi bafatiye kubakinyi batari bake batari ku rutonde rw’abakina.Aganira n’abamenyeshamakuru urwo rukino 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri