Mu ntumbero yo gufasha abipfuza kwinonora imitsi ku buryo bugezweho (pratique du sport moderne), Ishure ryigisha ivy’inkino Académie Le Messager ryaruguruye inyubakwa irimwo ibikoresho bitandukanye bifasha kwinonora imitsi.Iyo nyubakwa ariyo bita « Gymnase » mu rurimi rw’igifaransa iri kumwe n’izindi nyubakwa zigize ikibuga Urukundo (Stade Urukundo) kiri i Buye mu ntara ya Ngozi. Ivyuma canke ibikoresho bifasha 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Hirya no hino haba mu gihugu c’Uburundi canke ndetse no mu bindi bihugu urabona abantu na canecane abakunzi b’inkino bambaye imyambaro yanditseko amazina y’abakinyi batandukanye bakina cane cane ku mugabane wa Bulaya canke ivyambarwa biriko ibirango (logos) vy’imirwi ikomakomeye.Benshi birabahimbara nk’iyo bambaye agapira kanditseko izina ry’umukinyi bakunda, bikaba akarusho mugihe uwo mukinyi aba ari igihangange. 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi waraye unganije na Bujumbura City (0-0) ku rukino rwabereye kuri uno w’Imana ku kibuga Urukundo i Ngozi,urukino rwari urw’umusi wa 11 w’ihiganwa ry’icicaro ca mbere ryo mu Burundi.Urwo rukino ntirwabonetsemwo umukinyi w’umusatirizi Iddy Museremu ku ruhande rwa Messager Ngozi,kubera ugukomereka.Ikindi ni uko abakinyi babiri b’uwo murwi batahejeje urwo rukino bivanye nuko bakomeretse,ndetse 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’inyuma mu murwi Flambeau du Centre Enock Tumebarikiwa batazira « Kiwara » ntiyari bwakine urukino na rumwe kuva ihiganwa rishasha ritanguye,naho yari ku rutonde rw’abakinyi uwo murwi watanze mw’ishirahamwe ry’umupira w ‘amaguru mu Burundi,FFB.Kuva mu mpera z’indwi iheze uwo mukinyi akaba yarabonetse mu myimenyerezo ari kumwe n’abandi bakinyi b’uwo murwi,ivyatangaje abatari bake kuko bataheruka kumubona.Amakuru duhabwa n’igisata 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’inyuma mu murwi Flambeau du Centre Enock Tumebarikiwa batazira « Kiwara » ntiyari bwakine urukino na rumwe kuva ihiganwa rishasha ritanguye,naho yari ku rutonde rw’abakinyi uwo murwi watanze mw’ishirahamwe ry’umupira w ‘amaguru mu Burundi,FFB.Kuva mu mpera z’indwi iheze uwo mukinyi akaba yarabonetse mu myimenyerezo ari kumwe n’abandi bakinyi b’uwo murwi,ivyatangaje abatari bake kuko bataheruka kumubona.Amakuru duhabwa n’igisata 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 27 Gitugutu 2019,umurwi Flambeau du Centre uzogendera Lydia Ludic Burundi ku rukino rwo ku musi ugira uwa 11 w’ihiganwa ry’icicaro ca mbere mu Burundi.Ni urukino rukomeye ku mpande zose uravye buri murwi ikibanza urimwo.Flambeau du Centre wipfuza cane gusubira mu kibanza ca mbere uheruka gukwugwamwo na Messager Ngozi nayo Lydia 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere ryo mu Burundi rigiye kubandanya n’umusi waryo wa 11 mu mpera z’ino ndwi, aho ryari ryarahagaze kubera umurwi Nserukiragihugu w’abakina mu Burundi gusa wari wagiye mu gihugu c’Ubuganda.Umurwi Messager Ngozi usanzwe uri mu kibanza ca mbere ukaba uzokwakira Bujumbura City,muri kino gihe ubarizwa mu kibanza c’8.Nivyo ko aho ihiganwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi w’abakinyi bakina mw’ihiganwa ryo mu Burundi wasezeye ihiganwa rya CHAN rihuza imirwi nserukiragihugu ikinisha abakinyi bakina imbere mu bihugu vyabo.Igihugu c’Ubuganda kikaba arico cakuyemwo Uburundi,mu rukino rwo gusubiriza rw’igice ca kabiri(2ème tour) rwabereye i Kampala mu gihugu ca Uganda,kuri uno wa gatandatu ignekerezo rya 19 Gitugutu 2019.Kizigenza w’uwo murwi w’Uburundi Cedric Danny 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Gukina inkino zo hanze kenshi ntibikunda kworoha ugereranije n’ikino umurwi ukinira ku kibuga cawo.Umurwi Messager Ngozi ni umurwi ukunda kworoherwa no gukinira ku kibuga cawo Urukundo ariko waja hanze bigakunda kugorana cane ko uhakura amanota 3.Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 12 Gitugutu 2019,inyuma y’urukino rwari ruhejeje guhuza Athletico Academy na 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuva ku musi wa kane igenekerezo rya 03 gushika ku musi w’Imana igenekerezo rya 06 Gitugutu 2019, harabereye ku kibuga Urukundo kiri i Buye mu ntara ya Ngozi,inkino z’ubugenzi zahuje imirwi ikina mu vyicaro bitandukanye hamwe n’imirwi y’abahumure.Izo nkino zikaba zatunganijwe n’Ishure ryigisha inkino ariryo Le Messager.Uku niko imirwi yari igabuwe : Iyikina icicaro ca 3: 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri