Ibihe umurwi Ngozi City urimwo muri kino gihe birateye impungenege abatari bake,benshi ndetse bakaba batanguye kugira ubwoba ko nka hamwe vyobandanya uko bimeze uwo murwi ushobora gusubira mu cicaro ca kabiri.Ku bisanzwe abakunzi ba cane b’umurwi Messager Ngozi abo bakunze kwita abafana birazwiko badakundanye cane n’aba Ngozi City (aha dufatira kubijanye no gukunda hamwe no 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’urukino rw’umunsi wa gatandatu umugwi wa Flambeau du Centre wakinye na Rukinzo, vyabandanije kuboneka ko atari amahirwe gusa mu gutsinda inkino zawo mw’ihiganwa ry’uno mwaka. Flambeau du Centre biraboneka ko ufise inguvu zidasanzwe mw’ihiganwa ry’uno mwaka. Hoba hahindutse iki inyuma y’imyaka ibiri imaze mw’ihiganwa rikuru Primus Ligue mu 2017 ? Atawirengagije ingabire z’abakinyi ba Flambeau du 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 14 Nyakanga 2019 umurwi Flambeau du Centre uzotana mu mitwe na Rukinzo FC,ku kibuga Intwari kiri mu gisagara ca Bujumbura,aho ni mugihe hariko harakinwa inkino z’umusi wa 6 w’ihiganwa ry’umupira w’amaguru rya hano mu Burundi.Ni urukino ruje imirwi yose iri mu bihe bidasanzwe.Flambeau du Centre uzokina urondera kuguma mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega uriko urerekana isura itandukanye n’uko ayandi mahiganwa yahora ayigendera na cane cane mu ntango.Mw’ihiganwa rya 2018-2019, ku nkino zitanu za mbere, uwo murwi wari ufise amanota atarenze 4 kuri 15, ni ukuvuga intsinzwi 3, ukunganya incuro 1 n’intsinzi 1. Uwo muvuduko Flambeau du Centre iriko ntishaka 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Shalom FC wo mw’Ishure Le Messager niwo watahukanye igikombe c’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca 3 ku rwego rw’intara ya Ngozi.Mu rukino rwa nyuma, arirwo bita finale rwabreye ku musi wa mbere igenekerezo rya 02 Nyakanga ku kibuga Urukundo, Shalom FC yatsinze Agaska Academy ibitsindo bibiri kuri kimwe (2-1).Abinjije ivyo bitsindo ku ruhande rwa Shalom 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 31 Myandagaro 2019, niho hatangura ihiganwa ryo gusiganwa n’imiduga ryitiriwe intara ya Gitega, « Rallye de Gitega ».Umukuru w’igihugu ariwe nyene gushinga ishure Le Messager akaba ariwe yatanguje icese iryo higanwa. Ariko rero, abadereva baserukiye Ishure Le Messager bakaba batorohewe na bukebuke n’iryo higanwa kuko imodoka zose hamwe zine zari zaserukiye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu rukino rwari rubereye ijisho ,umurwi Flambeau du Centre wirahiye kuri uno wa gatandatu Ngozi City ku kibuga Urukundo ku bitsindo bitatu kuri bibiri(2-3),urukino rwo ku musi ugira 4 w’ihiganwa ry’icicaro ca mbere co mu Burundi.Naho Flambeau du Centre yasumbije Ngozi City mu ntango y’urukino,igice ca mbere kikaba carangiye imirwi yose inganya ubusa ku bundi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri