Kuri uno wa gatandatu no ku musi w’Imana amagenekerezo ya 31 Myandagaro na 1 Nyakanga,intara ya Gitega igiye kuberamwo ihiganwa ryo gusiganwa n’imiduga ryitiriwe iyo ntara ya Gitega,ivyo bita « Rally de Gitega » mu rurimi rw’igifaransa.Imodoka 18 zikaba arizo zitezwe muri iryo higanwa,bisigura ko abanyonzi bose hamwe bazoba ari 36 ni ukuvugako buri modoka iba irimwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Amakuru ava mu gisata kijejwe ubuvuzi mu murwi Messager Ngozi avugako abakinyi batari bake mubahora barwaye muri kino gihe bamaze gusubira mu myimenyerezo kandi ko bamaze no guhabwa uburenganzira bwo kuzokina ku rukino rudasanzwe ruzohuza Messager na Musongati ku musi w’Imana igenekerezo rya 01 Nyakanga 2019,ku kibuga Urukundo.Lionnel Bigirimana,umwe mu bavuzi ba Messager Ngozi avugako 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi mushasha mu murwi Messager Ngozi Arthur Nibikora ari mubakinyi bavuzwe mu binyamakuru n’insamirizi zitandukanye zo mu Burundi kuva ku musi w’Imana igenekerezo rya 18 Myandagaro 2019,inyuma y’urukino umurwi Messager Ngozi watsinzemwo Olympic Star y’i Muyinga ibitsindo bine vyose kuri kimwe (4-1).Aho yavuzwe cane hakaba ari ku mbuga ngurukanabumenyi zihurirako benshi (réseaux sociaux),aho benshi batangajwe 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Myandagaro 2019,umurwi w’umupira w’amaboko Messager Ngozi Basketball w’abigeme uzotana mu mitwe n’umurwi Les Gazelles wo mu gisagara ca Bujumbura mw’ihiganwa ry’igihugu cose.Uwo murwi Les Gazelles uramenyereye cane amahiganwa,ukaba ukunze guhangana cane n’umurwi Berco Star wo mu gisagara ca Bujumbura,iyo mirwi ikaba ikunze gutahukana ibikombe vy’amahiganwa atandukanye atunganywa mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu gihe ata higanwa ry’umupira w’amaboko basketball ku bigeme rigihari mu ntara ya Ngozi, ibi ntibibujije abigeme ba Messager BBC Ngozi gutwara igikombe cabo ca mbere mw’ihiganwa iryari ryo ryose kuva uno mugwi ushizweho. N’inyuma y’inguvu n’urugendo rutari ruto uno mugwi wakoze kuva ushinzwe. Batwaye kino gikombe inyuma yo gutsinda inkino zibiri z’ihiganwa ry’igihugu ku 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Urugendo rw’umurwi Messager Ngozi ukina urukino rw’amaboko Basketball rwararangiye ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 03 Myandagaro 2019.Ni inyuma yaho utsindiwe n’umurwi Imbeya wo mu ntara ya Gitega, hari mu gahiganwa gatoya kahuje imirwi ine iserukira intara zine nyene,mu ntumbero yo kurondera umurwi umwe muyabaye iya kabiri ku rwego rw’intara kugirango uce uja mw’ihiganwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Urugendo rw’umurwi Messager Ngozi ukina urukino rw’amaboko Basketball rwararangiye ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 03 Myandagaro 2019.Ni inyuma yaho utsindiwe n’umurwi Imbeya wo mu ntara ya Gitega, hari mu gahiganwa gatoya kahuje imirwi ine iserukira intara zine nyene,mu ntumbero yo kurondera umurwi umwe muyabaye iya kabiri ku rwego rw’intara kugirango uce uja mw’ihiganwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’umusatirizi w’umurwi Messager Ngozi Iddy Museremu ni umwe mu bakinyi bariko barafasha cane umurwi nserukiragihugu w’abakina mu Burundi, aho bari mw’ihiganwa ritegura irya nyuma ry’igikombe ca CHAN 2020.Mu rukino rwo gusubiriza rwahuje Sudani y’Epfo n’igihugu c’Uburundi kuri uno w’Imana igenekerezo rya 04 Myandagaro 2019,uwo mukinyi akaba yarinjije kimwe mu bitsindo bibiri Uburundi bwinjije aho 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri