Ku musi w’Imana igenekerezo rya 21 Mukakaro 2019 umurwi Messager Ngozi waratanye mu mitwe na Ngozi City wo mu ntara ya Ngozi nyene mu rukino rw’ubugenzi ;urukino rukaba rwarangiye imirwi yose inganije ibitsindo bibiri ku bindi (2-2).Mu kiganiro catanzwe n’umukinyi wo mw’izamu rya Messager Ngozi,Bienvenu Nininahazwe,yavuzeko ashima uko bariko baritegurira ihiganwa ryimirije gutangura. « Umurwi umeze neza ndetse 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mugihe hari abakunze kuvugako bigoye canke bidakunda ko umurwi wipfuza abakinyi bo mu mirwi yegukira ishure Le Messager ubaronka, uwurongoye iryo shure ryigisha inkino, Athanase Hatungimana besnhi bazi kw’izina rya « Cokoloko » aratanga umuco kuri ivyo bivugwa,aho amenyeshako abakinyi bo mu mirwi yo muri Académie Le Messager bashobora kuja mu mirwi yose ibipfuza yaba iya hano 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu ntumbero yo gutegura neza ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere rya 2019-2020 rymirije gutangura,uwurongoye ishure Le Message Athanase Hatungimana batazira « Cokoloko » yaragiranye umubonano kuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Mukakro 2019 n’abarongoye umurwi Messager Ngozi hamwe n’abakinyi b’uwo murwi,inama ikaba yabereye muri imwe mu mazu y’amakoraniro ari kuri Stade Urukundo.Cokoloko akaba yabanje gushimira 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu rukino rw’ubugenzi rwahuje Messager Ngozi na Burundi Sport Dynamique,ku musi w’Imana igenekerezo rya 7 Mukakaro 2019 ,umukinyi mushasha muri Messager Ngozi Slim Saidi yarashoboye gukina iminota igera kuri 70.Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru inyuma y’urwo rukino,Slim Saidi yavuzeko aravye imisi amaze mu murwi ariko aramenyerana n’abakinyi yahasanze,yavuze ati : « mu bisanzwe ndiko ndabamenyera gahorogahoro kuko ntiwoza uwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi uraherutse kubwira bamwe mu bakinyi b’uwo murwi ko batazokenerwa mw’ihiganwa ryimirije gutangura 2019-2020,aho banabwiweko borondera iyindi mirwi bipfuza canke iyibakeneye bagaheza bakayikinira.Dieudonné Ntibarutaye arongoye umurwi Messager Ngozi yabwiye ikinyamakuru www.ki.lemessager.org ko abo bakinyi baguma ari aba Messager Ngozi naho babarekuye ngo bironderere iyindi murwi.Bisigura ko umurwi wokenera gukinisha umwe canke babiri muribo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mugihe ihiganwa rishasha ry’umupira w’amaguru mu Burundi risigaje ikiringo c’ukwezi kumwe gusa kugirango ritangure,imirwi itandukanye irabandanya kwiyubaka,iyo mw’Ishure Le Messager idasigaye inyuma.Umurwi Flambeau du Centre wo mu kigo c’i Gitega ukaba umaze kuzana abakinyi bagera kuri batandatu(6),harimwo abaje bushasha muri uwo murwi hamwe n’abawusubiyemwo bari barigeze kuwukinira.Nkuko tubimenyeshwa na Eric Ahishakiye,umuyobozi w’ubuhinga muri uwo murwi,abakinyi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Nkuko vyama bigenda,uko ukwezi guheze ishure ryigisha inkino Académie Le Messager  riratunganya inkino z’ubugenzi zihuza imirwi yo mu mice itandukanye.Inkino 6 zikaba arizo zigiye kubera ku kibuga Urukundo kiri i Buye mu ntara ya Ngozi kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 5 gushika ku musi w’Imana igenekerezo ry’7 Mukakaro 2019.Mu mirwi yatumiwe harimwo iyo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri