Ubakinyi Ladislas Mpisemwoneza na Lewis Vyizigiro b’umurwi Messager Ngozi baramaze amezi atari make badahonyoza ukuru mu kibuga,intandaro kukaba ari uko bose bakomeretse bari mu nkino zariko zihuza umurwi wabo be n’iyindi mirwi mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere riheruka kurangira.Amakuru atangwa na Jean Berchmans Kagoma ajejwe ubuvuzi muri Messager Ngozi avugako umukinyi Ladislas Mpisemwoneza abandanya 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mugihe ku musi wa mbere igenekerezo rya 17 Ruheshi 2019 abakinyi b’umurwi Messager Ngozi ariho batangura imyimenyerezo itegura ihiganwa rishasha,siko vyagenze ku mukinyi w’uwo murwi Ismael Nizigiyimana batazira Semelé.Intandaro ya vyose kukaba ari uko yakomeretse.Amakuru atangwa na Jean Berchmans Kagoma ajejwe ubuvuzi muri uwo murwi, avugako « Semelé » yababariye ku rukino rw’ubugenzi ruheruka guhuza umurwi w’Ishure 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umunonotsi w-Umurwi Messager Ngozi Athlétisme Claude Nsabimana ngo ntiyashimishijwe na gato n’ikibanza ca gatatu yaronse mw’ihiganwa ryo ku rwego rw’igihugu ryabareye mu gisaga ca Bujumbura ku musi w’Imana igenekerezo rya 09 Ruheshi 2019.Uwo munonotsi akaba yahiganywe mu gusiganwa ku kirere c’imetero 1500.Aganira n’ikinyamakuru canyu agiheza kwiruka ,yavuzeko aravye ukuntu yari yiteguriye iryo higanwa adatahura ivyamushikiye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’Umunyezamu mu murwi Messager Ngozi,Rukundo Onésime, ni umwe mu bakinyi batanu batashoboye kubandanyana n’umurwi Nserukiragigihugu w’Uburundi Intamba Mu Rugamba uriko urategura ihiganwa ry’igikombe ca Africa ryimirije kubera mu gihugu ca Misiri kuva kw’igenekerezo rya 21 Ruheshi 2019.Uwo mukinyi avugako kubona atashoboye kubandanya ataco vyamutwaye,akavugako akenguruka ingingo y’umuhagarikizi.Aganirira na Radio Umuco FM yo mu ntara 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu gihe ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball mu ntara ya Ngozi rikibandanya, le Messager BBC Ngozi yongeye kwirahira Friends Team mu rukino rwo gusubiriza, ariko bigoranye cane mu gihe yayirushije inota rimwe gusa. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Ruheshi 2019, aho ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball mu ntara ya Ngozi ryabandanya n’urukino rwa kabiri 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi w’abinonora imitsi nawone uzokwitaba ihiganwa ryo gusiganwa rizobera mu gisagara ca Bujumbura kuri uno w’Imana igenekerezo rya 09 Ruheshi 2019.Claude Nsabimana umwe muri abo banonotsi yiganiye ikinyamakuru canyu ko biteguriye neza iryo higanwa,ivyo akabivuga afatiye k’ukugene imyimnyerezo yagenze,akaba avugako hagezeko nabo batahuhana imidari ku rwrgo rw’igihugu.Abanonotsi batanu nibo bazoserukira Messager Ngozi Athlétisme 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi w’abinonora imitsi nawone uzokwitaba ihiganwa ryo gusiganwa rizobera mu gisagara ca Bujumbura kuri uno w’Imana igenekerezo rya 09 Ruheshi 2019.Claude Nsabimana umwe muri abo banonotsi yiganiye ikinyamakuru canyu ko biteguriye neza iryo higanwa,ivyo akabivuga afatiye k’ukugene imyimnyerezo yagenze,akaba avugako hagezeko nabo batahuhana imidari ku rwrgo rw’igihugu.Abanonotsi batanu nibo bazoserukira Messager Ngozi Athlétisme 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri