Mu ntumbero yo gukomeza ubusatirizi bwayo vyabonetse ko bwagize ikibazo mu mwaka w’amahiganwa urangiye, Messager FC Ngozi itanguye umugambi wo kwiyubaka kandi mu gukomeza ubusatirizi bwayo Ni muri iyo ntumbero, umukinyi Slim Said, yahora akinira Olympique Star, yaraye ashize umukono ku masezerano y’imyaka ibiri kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 29 Rusama 2019, yo gukina 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’umunyezamu mu murwi Messager Ngozi Rukundo Onésime ntakina umupira w’amaguru wonyene kuko asanzwe ari no mu nkino zo kwinonora imitsi.Icibonekeza ni uko hose yigenza neza.Uwo mukinyi akaba aherutse gutahukana umudari w’inzahabu mu rukino rwo gutera ibuye ry’icuma riremereye,ivyo bita lancet-poids,hari ku musi w’Imana w’igenekerezo rya 19 Rusama 2019,mu gihe haba inkino za nyuma zo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’umusatirizi mu murwi Messager Ngozi Iddy Museremu ari ku rutonde rw’abakinyi 11 batowe ko bakinye neza gusumba abandi,hisunzwe ikibanza buri mukinyi akinamwo mu kibuga,ico bita « Equipe-type » mu rurimi rw’igifaransa.Mu kaganiro yahaye ikinyamakuru c’ishure Le Messager yavuze ati : «Ica mbere noshimira Imana yo yabinshikanyeko kubera kuja kuri urwo rutonde si ibisanzwe uravye abakinyi benshi muba mukina 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umunyezamu mukuru w’umurwi Messager Ngozi FC Rukundo Onésime arabandanya gushimwa n’abamenyereza b’imirwi itandukanye nserukiragihugu y’Uburundi.Inyuma yaho ajaniye n’Intamba mu gihugu ca Niger mu gikombe ca CAN c’abatarenza imyaka 20(hari mu kwezi kwa Ruhuhuma 2019), ubu naho aheruka guhamagarwa mu murwi mukuru nserukiragihugu w’Uburundi (Intamba Sénior), akaba ari ku rutonde rw’abakinyi 28 b’ibanze (présélection).Mu kaganiro gato 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu masaha y’umutaga wo kuri uno wa kane igenekerezo ry’9 Rusama 2019 niho umukinyi w’umurwi Messager Ngozi,Ladislas Mpisemwoneza yatahuka ava mu gihugu ca Kenya aho yari yajanye kuvurirwa.Nkuko bivugwa na Jean Berchmans Kagoma ubuvuzi yakorewe(opération) bwo mw’ivi(génou) ry’ukuru kwiwe kw’iburyo bwagenze neza cane,hari ku mus iwa gatatu igenekerezo rya 1 Rusama 2019 kuri bimwe mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri