Umunezero wari wose ku barongoye be n’abakunzi b’ishure Le Messager kuri uno w’Imana igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2019 aho haba ihiganwa ryo gusiganwa n’imiduga ryitiriwe Ikiyaya c’Imbo (Rally de l’Imbo),ihiganwa ryabereye muri Komine Gihanga yo mu ntara ya Bubanza.Naho hari ku ncuro ya mbere abadereva bo mw’ishure Le Messager bari bagiye mw’ihiganwa,nticabujijeko benurira abari basanzwe 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Le stade Muremera de la ville de Ngozi(Nord) a accueilli ce dimanche 28 Avril 2019 une compétition d’athlétisme sur piste qui a réuni les athlètes ressortissants des quatre provinces du Nord du Burundi à savoir Kayanza, Ngozi, Kirundo et Muyinga.Les disciplines concernées étaient le 100m,200m,400m,800m,1500m,3000m et 5000m chez les garçons que chez les filles. Messager 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’amezi ane yonyene hatangujwe icese urukino rwo gusiganwa n’imiduga(rally) mw’ishure Le Messager,abadereva bagera kuri batandatu bo muri iryo shure bagiye kuzokwitabira ku ncuro ya mbere ihiganwa  ryo ku rwego rw’igihugu c’Uburundi.Ni ihiganwa ryitiriwe ikiyaya c’Imbo canke Rally de l’Imbo rizobera mu mabarabara atandukanye yo muri Komine Gihanga mu ntara ya Bubanza.Nkuko biboneka ku rutonde,imodoka 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2019 niho ihiganwa rishasha ry’umupira w’amaboko Basketball ryo mu ntara ya Ngozi rizotangura,imirwi itanu ikaba ariyo igiye kurwanira igikombe c’iryo higanwa,mu muce w’abahungu.Muri iyo mirwi hakaba harimwo umurwi wo mw’ishure Le Messager ariwo Messager Basketball Club uje muri iryo higanwa ku ncuro yawo igira gatatu.Mugihe mu mahiganwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa ry’urukino rw’amaboko Basketball ryo mu ntara ya Ngozi ryimirije gutangura rirashobora kutazoba rifise akanovera nk’uko ryahora.Imvo kukaba ari uko ku ruhande rw’abaigeme habonetse umurwi umwe wonyene washoboye kwiyandikisha,Messager Basketball Club.Amakuru duhabwa n’abajejwe Basketball mu ntara ya Ngozi avugako ivyo vyatumwe n’uko umwe mu mirwi y’abigeme i Ngozi ariwo Young Sisters kuva ubu ugiye kuzokina 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu gihe hasigaye urukino rumwe ngo ihiganwa Primus Ligue ry’umwaka 2018 ushira uw’2019 rirangire, ugukoroka kwa Messager FC Bujumbura kwabaye ntabanduka inyuma yo gutsindwa na na Olympique Star ku munsi wa 29. Nubwo biruko, twabatorokanirije bimwe mu bitangaje biboneka kuyo mugwi. Aimé Gakiza, numwe atokwirengagizwa muri ivyo. Ihiganwa Primus Ligue ry’umwaka w’2018 ushira uw’2019 risigaje 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi waraye usezereye mu gice ca kane gishira icanyuma ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu, hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 6 Ndamukiza 2019 ku kibuga Ingoma kiri mu gisagara ca Gitega.Mu rukino vyabonekako imirwo yose yasa n’iyinganya,Umurwi Inter Stars niwo waronse amahirwe menshi mu gutsinda ibitsindo bine kuri bibiri(4-2).Aganira n’abamenyeshamakuru,Jimmy Ndayizeye Umumenyereza 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi Messager Ngozi uzotana mu mitwe kuri uno wa gatandatu na Inter Stars mu rukino rw’igice ca 4 gishira icanyuma mw’ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu.Iyo migwi yaheruka guhurira muri ico gice no muri iryo higanwa nyene mu kwezi kw’7 mu mwaka w’2014. Messager Ngozi niwo watahukanye intsinzi ya penaliti 8 ku 7 mu gihe urukino 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umurwi  Messager Ngozi ni umwe mu mirwi yagize ingorane zo kudashobora gukinisha abakinyi bawo bose mw’ihiganwa ryose, intandaro ikaba ari uko abakinyi bagiye barakomereka abandi bavunika, bamwe  muribo bakaba barababaye cane kugezaho ihiganwa ribahererako hakiri kare.Haraciye ikiringo c’indwi umukinyi w’umusatirizi Ladislas Mpisemwoneza ajanwe kugirirwa ibipimwo no kuvurirwa mu gihugu ca Kenya,umuvuzi wa Messager Ngozi Kagoma 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri