Urukino ruhuza Messager FC Ngozi na Aigle Noir CS rwama ari urukino rwitezwe n’abatari bake mu bakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi. Uretse ko ari urukino ruhuza imigwi ibiri ikomeye, n’urukino kandi  rw’amateka. Le Messager FC Ngozi ikaba yashoboye gutwara rino higanwa ubwa mbere mu mateka yaryo mu mwaka uheze ikaba iheruka kucakwa na Aigle Noir 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi wo mw’izamu mu murwi Messager Ngozi Onésime Rukundo ari mu bakinyi 26 bari mu myimenyerezo y’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi  w’abatarenza imyaka 23,bitegurira umurwi nserukiragihugu wa Congo Brazzaville.Mu kiganiro yahaye Radio Umuco FM ikorera mu ntara ya Ngozi ku mugoroba wo kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarante 2019, avugako imyimenyerezo iriko iragenda neza naho 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri