Ihiganwa Primus Ligue ryabandanije n’umusi wa mirongo ibiri na gatatu. Twabahitiyemwo urutonde rw’abatumye intsinzi ziboneka. Umusatirizi wa Messager FC Ngozi Iddy Museremu akaba yagarukanye ishaka ryinshi ryo gutsinda. Inkino z’umusi wa mirongo ibiri na gatatu mw’ihiganwa Primus Ligue zatanguye ku musi wa kabiri igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2019. Imigwi ibiri ariyo Messager FC Bujumbura na 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’ukwezi kurenga ribanje guhagarara, ihiganwa Primus Ligue 2018-2019 ryaraye ribandanije n’umusi wa mirongo ibiri na kabiri. Messager FC Ngozi ikaba iraye itanze agakemanyi keza ku bakunzi bayo mu gutsinda abavukanyi bayo ba Messager FC Bujumbura ibitsindo bitanu kuri kimwe. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2019 aho ihiganwa Primus Ligue ryabandanya 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri