Inyuma y’inkino zitari nke itsindwa ahandi inganya, Messager FC Bujumbura yaraye yivyukiranije mu gutsinda urukino rwayo rw’umusi wa cumi n’indwi. Ibi vyatumye icizere co gusubira kuba mu bihe vyiza kigaruka. Ku musi w’ejo w’Imana igenekerezo ry’9 Kigarama 2018 ku kibuga citiriwe umuganwa Ludoviko Rwagasore, Messager FC Bujumbura umwe mu migwi ya Academie Le Messager  ikina 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Nkuko bimenyeshwa n’igisata kijejwe gutunganya amahiganwa mw’isihirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi,imigwi igera kuri 64 niyo yashoboye kwiyandikisha kugirango izoje mw’ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu c’Uburundi mu mwaka w’ihiganwa 2018-2019.Muri iyo mirwi harimwo 31 isanzwe ikina mu cicaro ca mbere n’icakabiri nayo 33 ikaba irimwo iyisanzwe ikina ivyicaro bitobito hamwe n’imirwi y’abakukuruke.Ishure Le Messager naryone rikaba 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umumenyereza mukuru w’umurwi Messager Ngozi avuga ko atabona ikintu gihambaye catumye umurwi wiwe udatahukana intsinzi kurukino watsinzwemwo na Ismaily wo mu gihugu ca Misiri (0-1) ku musi wa gatatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2018 kuri Stade Urukundo, i Ngozi.Yishura kubibazo vy’umumenyeshamakuru wa Radio UMUCO FM ikorera mu ntara ya Ngozi,Jimmy Ndayizeye avuga ko abakinyi biwe 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’urukino rwahuje Messager Ngozi na Ismaily kumusi wa gatatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2018,umusatirizi wa Messager Ngozi Ladislas Mpisemwoneza yavuze ko naho batsinzwe batatakaje icizere.Aganirira Radio Umuco FM isamiranira mu ntara ya Ngozi yabanje kuvuga ico abona cababujije intsinzi,yagize ati: “…ntacabuze gose ariko ivyo umumenyereza yari yatubwiye hari ivyagiye birabura gatogato,bobo basiga abakinyi benshi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri