Aganira n’abamenyeshamakuru inyuma y’urukino rw’ubugenzi rwahuje umurwi Messager Ngozi n’Umurwi Nserukiragihugu w’Uburundi ku batarenza imyaka 23,uwuserukira abakinyi(capitaine) mu murwi Messager Ngozi Cedric Danny Urasenga batazira Kagabo yavuzeko naho batsinzwe urwo rukino(1-2),bungutse vyinshi cane kandi bizonabafasha kwitegurira inkino uwo murwi wimirije. « Rwari urukino rwiza cane ku mpande zose kuko harimwo kwitanga,…ku ruhande rwacu turashima nubwo Intamba Mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mumpera z’indwi iheze ihiganwa ry’umupira w’amaguru ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi ryari rigeze kumusi waryo wa 14,Messager Bujumbura ukaba waranganije na Ngozi City.Kumusi wagatandatu kukibuga Urukundo (Ngozi) Messager Bujumbura wagendeye Ngozi City wo mu ntara ya Ngozi,mu minota ya mbere y’urukino vyabonetse ko Messager Bujumbura yaje yazikenyeye,biboneka ko bipfuza igitsindo hakirikare niho kumunota 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi wagatandatu uheze umurwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega wari uramutse wakira Kayanza United wo mu Kayanza,mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere aho ryari rigeze kumusi waryo wa 14.Flambeau du Centre ukaba watsindiwe kuri Stade Ingoma ibitsindo bibiri kuri kimwe (1-2).Flambeau du Centre niyo yatanguye kuronka igitsindo kumunota wa 20 biciye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 03 Munyonyo 2018 habaye gutora abagiye kuzoronka inyigisho zo gusiganwa n’imiduga ivyo bita  « Rallye »,izo nyigisho bakazozironswa n’ishure ryigisha ivy’inkino Académie le Messager.Uwitwa Bukera Valery,umurundi karuhariwe akaba ariwe yishikiye i Ngozi kurangura ico gikorwa.Arikumwe n’abo bari bagendanye,babanje kubwira muri make icarico gusiganwa n’imiduga,aho yababwiye ko naho basanzwe bazi kunyonga imiduga 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Nubwo umugwi wa Le Messager FC Bujumbura utifashe neza mw’ihiganwa ry’icicaro ca mbere ry’uno mwaka, ufise akabakinyi beza. Twahisemwo kubayagira abakinyi batatu mu bafatiye runini uwo mugwi biboneka ariko sibo gusa… Ihiganwa ry’icicaro ca mbere Primus Ligue ry’umwaka w’2018 ushira uw’2019 rigeze ku munsi w’icumi na gatatu. Messager Bujumbura ikaba iri mu kibanza ca nyuma 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Imirwi Espoir FC na Mukeke FC yose yo mw’ishure Le Messager (Académie Le Messager) yasezeye inkino zo gukurakuranamwo mu kurondera kuduga mu cicaro ca 2(Ligue B).Muri izo nkino zari mu gice ca kane gishira ica nyuma(1/4 de finale),Espoir FC yakuwemwo na Butare City yo mu ntara ya Makamba ku bitsindo bibiri kuri kimwe(2-1),naho Espoir FC 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kudacibwa intege n’ibihe umugwi wabo urimwo nico kiranga abakinyi ba Messager Bujumbura. Kuva mw’izamu gushika ku basatirizi, inguvu zibandanya kubaranga. Mubariko baratuma ibitsindo uno mugwi wishuzwa biba bike, harimwo Aimé Gakiza. Mu gihe ku musi w’ejo wa gatandatu, Messager Bujumbura yari yakiriwe na Ngozi City, Aimé Gakiza ntiyatevye gutsinda igitsindo ciwe c’indwi (7) ku munota 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri