Abarongoye umurwi Messager Ngozi bariko baragerageza kurabako uwo murwi bowukura mu bihe bibi urimwo muri kino gihe.Inyuma yo guhindura umumenyereza mukuru aho Jimmy Ndayizeye yasubiriye Jean Jacques Eydelie,kuri uno wa gatatu ku mugoroba igenekerezo rya 17 Gitugutu 2018,harabaye amasezerano hagati ya Messager Ngozi FC na Olivier Nibizi batazira Mbarara agiye kuba icegera ca Jimmy Ndayizeye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Bisa nkuko vyanse ku migwi ya academie le Messager kuko iriko ica mu bihe bitoroshe na gato nubwo hari impinduka . Messager Ngozi ikaba yatsinzwe na Rukinzo Fc, Messager Bujumbura itsindwa na Kayanza United. Flambeau du Centre niyo yonyene yashoboye kuronka itsinzi.   Inyuma y’igihe kitari gito inganya no gutsindwa bisabwa ko umumenyereza ahindurwa, Flambeau 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Abatari bake bahora bavyicura,umurwi Messager Ngozi wahinduye umumenyereza ku mugoroba wo kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 02 Gitugutu 2018.Uwahora ari umumenyereza,umufaransa Jean Jacques Eidelie akaba yirukanywe bivanye n’umwimbu muke yaronse mu nkino z’ihiganwa rishasha aho ku nkino 9,yaronse intsinzi zitarenze 2,anganya incuro 2 yongera atsindwa inkino 5 zose.Uwumusubiriye akaba ari Jimmy Ndayizeye yigeze kumenyereza 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’urukino rw’umupira w’amaguru(football),ishure ry’igisha ivy’inkino Académie Le Messager ryaratanguje kandi inkino z’amaboko Basketball na Volleyball,hariyongereko urukino rwo gusiganwa Athlétisme hamwe n’urwo kwigwanira arirwo Karaté.Ikigezweho ubu kandi kidasanzwe kukaba ari uko hatanguye urukino rwo gusiganwa n’imiduga ivyo bita Rallye.Mw’itanganzo riheruka gusohorwa n’uburongozi bw’iryo shure ni uko bahamagara abavyipfuza bose,abasore n’abigeme ndetse n’abagabo n’abagore bafise hagati 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Imirwi yose yo mw’ishure Académie Le Messager iri mu bihe bitoroshe mu ntango y’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ryo mu cicaro ca mbere ryo mu Burundi rya 2018/2019.Mu mpera z’indwi iheze iryo higanwa ryari rigeze ku musi waryo w’9,Umugwi Messager Bujumbura watanye mu mitwe na Aigle Noir kuri Stade Ingoma y’i Gitega,nta bitangaza vyinshi vyari vyitezwe kuri 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ibiriko birashikira umurwi Messager Ngozi abenshi ntibatahura ivyo ari vyo,bakibaza ico bivako ntibagitahure cane cane ko ari umugwi watahukanye igiko c’ihiganwa riheruka.Ico bikoze,abarongoye umugwi ntibicaye,bakaba bariko baragerageza kwiga neza ingorane zihanze uwo murwi muri rino higanwa ry’uno mwaka.Nino muri iyo ntumbero kuri uno wa mbere harya mu nyubakwa za Stade Urukundo habereye inama y’abarongoye uwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri