Inkino z’icicaro ca mbere zari zigeze ku musi w’umunani. Imigwi ya academie le Messager nayo nyene yari yakinye. Messager Bujumbura yatsinzwe na Athletico Olympic, Flambeau du Centre inganya na Lydia Ludic Sports for Africa, Messager Ngozi itsindwa na Ngozi City. Messager ibandanya itera ija inyuma ku rutonde rw’imfatakibanza ariko kandi ngo Ibihe birahinduka ariko bikavana 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inkino indwi kuri 30 z’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ryahano mu Burundi zifatwa nk’icakane c’iryo higanwa nyene.Mugihe iry’uno mwaka wa 2018-2019 rigeze ku nkino indwi zimaze gukinwa,ikinyamakuru canyu lemessagerfc.org cagerageje kuraba uko vyari vyifashe mw’ihiganwa rirangiye aho casanze umurwi Messager Ngozi wari uhagaze neza cane tugereranije n’ihiganwa ry’uno mwaka nayo imirwi Flambeau du Centre na Messager Bujumbura 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa ry’umupira w’amaguru rya hano mu Burundi mu cicaro ca mbere ririko riratangaza abatari bake,na cane cane bivanye n’ukuntu imirwi inganya kenshi.Biribazwa nimba ari imirwi yoba ifise inguvu zingana canke hoba hari ikindi kintu kitaramenyekana kibituma.Ukwo kunganya kenshi kandi biribonekeza ku mirwi yo mw’ishure Messager(Académie Le Messager) aho mugihe ihiganwa ryari rigeze ku rukino rw’indwi 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umukinyi w’umusatirizi wa Messager Ngozi Iddy Museremu ariko aratora mitende inyuma yaho akomerekeye bikomeye mu rukino rwahuje Messager Ngozi na Aigle noir kw’igenekerezo rya 05-09-2018 kukibuga Ingoma co kumurwa mukuru w’intara ya Gitega.Amasanamu y’ukuntu yakomeretse yerekana ko uwo mukinyi yari agiye kwinjiza,umunyezamu wa Aigle Noir,Nduwimana Ibrahim,amukubita amenyo y’ikirato mu maso huwo mukinyi neza na neza 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Messager Ngozi isubiye kugarurira icizere abakunzi bayo mu gutsinda urukino rwari rurindiriranwe igishika cinshi n’abatari bake. Olivier Bayizere na Karim Bizoza batumye Messager Ngozi iva mu bibanza vya nyuma. Inyuma y’igihe kitari gito Messager Ngozi ititwara neza,uno musi isubiye kugarurira icizere abakunzi bayo. Aho naho hari mu rukino rw’umusi wa gatandatu w’ihiganwa Primus ligue rwayihuza 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuba Messager Ngozi waratsinzwe urukino rw’umusi wa kane sico cago conyene wahuye naco, kuko Iddy Museremu, umukinyi ngenderwako ari no mubatowe mu bakinyi cumi n’umwe baranze ihiganwa riheze, yasohotse mu kibuga inyuma yu guhonyorwa bikomeye mu mutwe n’umunyezamu wa Aigle Noir Ibrahim Nduwimana. Ibi vyatumye abakinyi ba Messager Ngozi bisa n’ibibahagaritse umutima. Nta nkeka ko 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umusi wa kane w’ihiganwa Primus ligue ntiwagenze neza na gato ku migwi ibiri ya Academie le Messager. Ku ruhande rwa Flambeau du Centre, umunezero wari wose aho waraye uronse utsinzi yawo ya mbere. Inyuma y’inkino zitatu zikurikiranya udatsinda, Flambeau du Centre waraye utanze icizere ku bakunzi bawo mu gutsinda urukino rwayo rw’umusi wa kane w’ihiganwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’akaruhuko kagufi imigwi ikina icicaro ca mbere yari imazemwo imisi mike, ihiganwa rigiye gusubira gutangura kuri uno wa kabiri no kuwa gatatu. Ku ruhande rwa Flambeau du Centre, ngo inkino ziracariho kandi babandanya gukora cane.   Vyabaye ngombwa ko ihiganwa ry’icicaro ca mbere rihagarara mu kworohereza imyiteguro y’umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba w’abakuze yari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri