Inkino z’umusi wa gatatu zirabandanya mu mpera ziri yinga. Inkino zibiri ziritezwe n’abatari bake na cane cane ko ari imigwi itoroshe na buhoro buhora. Messager  Ngozi na Vital’o, Flambeau du Centre na Musongati hatibagiwe Olympique Star na Messager Bujumbura, zikaba arizo nkino zitatu z’umusi wa gatatu ku migwi ya academie le Messager. Ku ruhande rwa 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’urukino rwahuje les Lierres na Messager Ngozi, hari abatashimishijwe n’ubuhagarikizi bwabaye muri urwo rukino na cane cane bivuye kuri « penalty » yahawe umugwi wa les lierres mu minota yanyuma y’urukino. Kizigenza wa Messager Ngozi, Cedric Danny Urasenga ati : « ni football ». Si ubwa mbere abahagarikizi batavyifashemwo neza mu nkino yaba iza hano mu Burundi eka mbere 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 22 Myandagaro 2018, niho hakinwa inkino z’umusi wa kabiri w’ihiganwa Primus ligue. Imigwi ihurikiye muri  academie le Messager ikaba nayo nyene yakinye kuri uwo musi. Naho intango idahumuriza, icizere kiracariho.   Bisa nkuko intango ku migwi ya academie le Messager itariko igenda nkuko abenshi bavyipfuza. Ni mu gihe, dufatiye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ibidakunze kuboneka mu nkino za hano iwacu, nivyo biraye bikunze ku mugwi uheruka gutwara igikombe gikuru c’igihugu Primus Ligue, Messager Fc Ngozi. Amasezerano y’umwaka umwe niyo yashizweko umukono n’uwutwara umugwi wa Le Messager Fc Ngozi arikumwe n’uwaserukiye uruganda Musumba Steel-Ubucom, kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 31 Mukakaro 2018. Amasezerano y’imiliyoni mirongo indwi na zibiri. 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri