Inyuma yo gutwara igikombe c’ihiganwa Primus ligue ku ncuro ya mbere kuwa 26 Rusama 2018, Messager Ngozi uba umugwi wa  mbere uva muri académie le Messager utwaye ico gikombe. Mbega n’irihe banga bakoresheje ngo batware ico gikombe? Hari kuwa 26 rusama 2018 mu ntara ya Muyinga, aho ibitegeze biboneka mu myaka iheze vyashitse nk’igitangaza, 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri