Inyuma y’ugutsinda LLB S4A (Lydia Ludic Sports for Africa) ku musi w’ejo, bamwe bashobora kugira umunezero batigeze bagira mu gihe Messager Ngozi yotwara igikombe. Murabo, n’umumenyereza w’abanyezamu wa Messager Ngozi, Vladimir Niyonkuru arimwo. Bamwe mu bakunzi ba Messager Ngozi bat: “Ntawutagize indoto zo kubona Messager Ngozi yacu itwara igikombe kandi ntanuwutonezerwa  igitahukanye.” Vladimir nawe ati: 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

  Mu gihe ihiganwa Primus Ligue ririko rirarangira, imigwi izokoroka mu cicaro ca kabiri isa niyamaze ku munyekana, mu kurindira ko inkino z’umusi wa 29 ziba zose. Messager Bujumbura yarigize imisi itorohewe, aho yari mu bibanza vyanyuma, ishobora kuguma mu cicaro ca mbere mu gihe yotsinda Flambeau du Centre, umugwi muvukanyi kuko isanzwe yose ari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

  Haciye igihe ihiganwa ry’umupira w’amaboko basket-ball mu ntara ya Ngozi ritanguye. Riri mu mahiganwa aba aryoheye ijisho eka mbere n’imigwi usanga ikomeye kuko ikunda gushika kure ku rwego rw’igihugu mururwo rukino. Academie le Messager isanzwe ifise imigwi ibiri muriryo higanwa. Umwe ku ruhande rw’abahungu, uriko urakwiza imyaka ibiri muriryo higanwa, n’uwundi w’abigeme ariho warugitangura 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umusatirizi w’umugwi Flambeau du Centre Yahya Sadiki ageze ku bitsindo 12, aherutse kubabara ikiganza mu myimenyerezo arikumwe n’umugwi wiwe aho bariko bitegurira urukino na Aigle Noir. Uwo mukinyi bikaba biboneka ko yababaye cane aho ikiganza ciwe camvyimvye. Ibi bishobora gutuma uyu musatirizi adaheza ihiganwa kuko risigaje inkino 2 gusa. Twobibutsa kandi ko hampande yiwe hari 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu gihe ihiganwa Primus Ligue (2017-2018) risigaje inkino zitatu gusa ngo rirangire, mu mpera z’ino ndwi hari inkino zikomeye zitegekanijwe. Ku migwi ya academie le Messager, inkino zizokinwa biraboneka ko zitazoba zoroshe na gato kuko zizohuza imigwi ikinira ku bibuga bimwe, ahandi naho ugasanga yose ikeneye intsinzi. Ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 5 rusama 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Kubwa kizigenza wa Messager Ngozi, Urasenga Cedric Danny azwi kwitazirano Kagabo, ngo haracariho icizere co gutahukana ihiganwa rikuru Primus ligue ry’uno mwaka w’2017 ushira uw’2018. Ivyo yabimenyesheje inyuma y’urukino rw’igice c’umunani gishira icanyuma mu gikombe c’umukuru w’igihugu rwahuje Messager Ngozi na Olympique Star aho wasezeye ihiganwa utsinzwe igitsindo kimwe ku busa 1-0, kur’uno wa gatatu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri