Ihiganwa mu mukino w’amaboko Basket-Ball mu ntara ya Ngozi ryaraye ritanguye mu mpera z’indwi turangije. Inkino zikaba zabaye ku musi wa gatandatu igenekerezo ry’7 Ndamukiza 2018 no ku musi w’Imana igenekerezo ry 8 Ndamukiza 2018 ku kibuga DPAE i Ngozi. Ku ruhande rw’abahungu, ejo ku musi w’Imana igenerekerezo rya 8 Ndamukiza, Messager BBC Ngozi yaraye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Messager Basket-Ball Ngozi igizwe n’imigwi ibiri igiye gutangura ihiganwa ry’uwo mukino w’amaboko mu ntara ya Ngozi. Bishasha mur’iryo higanwa, nuko ku ruhande rw’abigeme Messager BBC Ngozi washoboye kwandikisha umugwi wayo, warumaze igihe wimenyereza. Messager BBC Ngozi warusanzwe ufise umugwi umwe mur’iryo higanwa ritegurwa na ABN (Association de Basket-Ball de Ngozi). Mwihiganwa ry’uno mwaka, Messager BBC 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri