Abakinyi batari bake bari bagize imisi bagwaye batanguye gutora mitende ariko hari n’abandi bakigwaye kandi ari bakiremesha mu kibuga mu gihe baba bakomeye. Bamwe nabo muri Messager Bujumbura abandi muri Flambeau du Centre. Amezi ariko aregereza atatu kizigenza wa Messager Bujumbura agwaye. Yannick Nshimirimana, yababaye kw’ivi haciye amezi arenga abiri nkuko twabiyagiwe n’umuvuzi wa Messager 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa rikuru Primus ligue ryari ryabandanije mu mpera y’ino ndwi turangije. Imigwi ibiri muri itatu ya academie le messager ikina iryo higanwa yaratsinze, umwe uratsindwa. Icabonetse nuko nubwo Messager Bujumbura yatsinzwe ifise abakinyi beza. Ihiganwa ryarabandanije n’umusi wa 23 imbere yuko ribanza guhagarara mu ntumbero yo gutegura CECAFA yabaterenza imyaka cumi n’indwi (U- 17) igiye 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa rikuru Primus Ligue ryari ryabandanije n’umusi wa 22, kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 13 Ntwarante 2018. Messager Ngozi yavuye ahatemba ariko aratsinda, Messager Bujumbura nayo nyene iratsinda eka na Flambeau du Centre iratsinda… I Buganda mu ntara ya Cibitoke isaha indwi z’umuhingamo, Messager Bujumbura yari yakiriye Inter Stars. Nubwo Messager Bujumbura itifashe neza ku 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Biramenyereweko urukino ruhuza iyo mirwi uko ari ibiri rwama rukomeye,ikibituma si ikindi atari uko ari abakinyi bakuranye kandi bazinanyi bigatuma umwe buri gihe aba ashaka kwereka uwundi ko amusumba,bituma haba ukwitanga kurengeje ku mpande zose hakibonekeza amakosa menshi yo guhonyorana,guharira,kutemera ikosa…Mugihe kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 07/03/2018 iyo yahuriye kurukino rugira 21 rw’ihiganwa ry’icicaro 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Umusi wa 21 muri Primus ligue waranzwe hanini n’ukunganya. Messager Bujumbura yanganije na Messager Ngozi kurundi ruhande , mu rukino rutari rworoshe na gato, Flambeau du Centre yanganije Musongati Fc. Igihe c’isaha icenda n’iminota itandatu niho umuhagarikizi yatanguza urukino. Imbere yuko urukino rutangura bamwe mu bakunzi ba Musongati bazungurutse hagati mu gisagara ca Gitega imbere 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

  Ni ubwa mbere Stade Urukundo ibereyeko urukino mpuzamakungu rwo ku rwego rwa CAF ni nabwo bwa mbere handujwe amafaranga menshi kuri ico kibuga gisanzwe cegukira Académie Le Messager.Nkuko tubihabwa n’abari bajejwe kugurisha amatickets nuko muri rusangi hinjiye amafaranga y’amarundi agera ku milioni mirongo itatu na zitatu n’ibihumbi amajana atatu na mirongo indwi(33,370,000 fbu).Ayo mafaranga 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ihiganwa Primus ligue rirabandanya ku musi wa 21. Ku musi w’ejo wa gatatu igenekerezo ry’7 ntwarante 2018, flambeau du centre izohura na Musongati Fc, Messager Bujumbura nayo izoba iri kumwe n’abagenzi babo bo muri Messager Ngozi. Urukino ruhuza Flambeau du centre na Musongati Fc, ruri nkino zirindiranywe igishika n’abakunzi b’umupira w’amaguru isinzi bo mu ntara 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Ejo ku musi w’Imana igenekerezo rya 4 ntwarante 2018, igikombe c’umukuru w’igihugu kizobandanya. Messager Ngozi izohura na Freedom Fc mu gice c’16 gishira icanyuma. Mbega twitege imvura y’ibitsindo nkuko vyagenze ku rukino rwayo n’umugwi w’Agakura Fc mu gice ca 32 gishira icanyuma mu gikombe c’Umukuru w’igihugu ? Ku musi w’ejo mu ntara ya Gitega tuzomenya 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri