Kur’uno musi wa gatatu ku kibuga umuco i Muyinga, ibintu ntivyari vyoroshe namba. Flambeau du centre yari yagendeye Olympique star, umugwi mur’ino misi wifashe neza tutabigiye nuko wari imbere w’abakunzi bayo aho washoboye mbere kwifatira urukino wongera unatsinda Flambeau du centre. Igihe c’isaha zitatu z’igitondo niho Flambeau du centre wafata urugendo ugana igisagara ca Muyinga 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu gihe ihiganwa rikibandanya, umugwi Messager Ngozi ubandanya wigenza neza. Nubwo LLB S4A watsinze urukino rwawo, ntivyabujije abasore ba Messager Ngozi kwerekana ko bafise ico bakeneye mu gutsinda les Jeunes Athlétiques. Inkino z’umusi wa 20 mw’ihiganwa Primus ligue zarabandanije mu mpera y’indwi irangiye. Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma, Messager Bujumbura yari guhura 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Yahya Sadiki n’umwe mu basatirizi bafasha cane Flambeau du Centre mu kuronka ibitsindo. Mu rukino rwabahuje na Delta Star kur’uno wa gatandatu urangiye igenekerezo rya 17 ruhuhuma 2018 i Gitega, yarashoboye kwigenza neza ariko ntiyashoboye kubandanya urukino kuko yasohotse ameze nabi mu gikiriza. Twokwibutsa ko ari muri ba basatirizi babona izamu mur’uyo mugwi kuko mu 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’urukino Flambeau du centre yakinye ikongera ikanatsinda Ngozi City ku musi w’Imana igenekerezo rya 11 ruhuhuma 2018, abakunzi ba Flambeau du Centre barasubiye kumwenyura kuko hari haciye inkino zitatu badatsinda. Beni, yarashoboye kuboneka mu kibuga kandi ngo ntaco batazokora ngo babandanye bitwara neza. Inyuma y’inkino zitatu harimwo rumwe rw’igikombe c’Umukuru w’igihugu Flambeau du centre 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’inkino zitatu Flambeau du Centre itsindwa, uno musi abakunzi ba flambeau du centre biruhukije. Kurundi ruhande, Messager Ngozi iraye mu kibanza ca mbere inyuma y’itsinzi yayo, Messager Bujumbura nayo itakaza urukino rwayo. Kuruyu w’Imana igenekerezo rya 11 ruhuhuma 2018, imigwi yo muri académie le messager ikina mu cicaro ca mbere yari yaramutse ikina inkino 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’igice ca mbere c’ikurakuranamwo mu gikombe c’Umukuru w’igihugu, ihiganwa Primus ligue rigiye kubandanya n’indwi ya 18. Nguru urutonde rw’inkino zizokinwa n’imigwi ya académie le Messager ikina icicaro ca mbere. Kuri uyu musi w’Imana igenekerezo rya 11 ruhuhuma 2018, Ku kibuga citiriwe umuganwa Ludoviko Rwagasore Isaha umunani z’umuhingamo (14h), Messager Bujumbura izotana mu mitwe na 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Mu murwi Flambeau du Centre, abakinyi bane bamaze ikiringo kitari gito badakina kubera ukugwara.   Iruhande yabo bakinyi hariyongerako n’abandi bari bamaze ikiringo kitari gito badakina kubera ukugwara ariko ubu batanguye gutora mitende. Mwomenya yuko hari n’abababariye mu rukino rwabahuje na Aigle Noir kuruyu w’Imana uheze igenekerezo rya 4 Ruhuhuma mu gikombe c’Umukuru w’iguhugu. Harimwo 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri