Abakinyi b’inyuma mu murwi Messager Ngozi aribo Radjabu Mvuyekure Temba na Nice Franky Uwayezu bagiye kuzovurirwa mu gisagara ca Dubaï muri Arabie Saoudite.Amakuru yemezwa n’umwe muri abo bakinyi ni uko atagihindutse bitegekanijweko bafata indege kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 Nzero 2018 igihe c’isaha zine n’iminota cumi z’umutage(10h10). Haraciye imisi itari mike Nice Franky 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri

Inyuma y’imisi ibiri mu gihugu c’Uburundi aho yashoboye kugendera ibisagara vya Gitega, Muyinga na Ngozi bitegekanijwe kwakira ihiganwa rya CECAFA ry’abaterenza imyaka 17. Nicholas Musonye, umunyamabanga mukuru wa CECAFA yamenyesheje ko ibisabwa kugira iryo higanwa rishobore kubera mur’ivyo bisagara bikwiye aca yongera amenyesha icese ko rizoba hagati y’igenekerezo rya 1 n’irya 15 Ndamukiza uyu mwaka. 

Continue Reading

Sangiza abandi uciye kuri